27/07/2022
NG’IYI INYISHU YABONETSE NYARUKA ABANDI NTIBABATANGE !!!
👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇👇
Ba Entrepreneurs, ma Entreprises, ma Cooperatives, namwe mashirahamwe atandukanye ; ng'iyi inyishu yabonetse ntimusamare !
Abantu mufise ivyo mukora canke mudandaza mwifuza ko bimenyekana mu kanya isase mu Burundi bwose hamwe no kw'isi yose, ntimurengane mutaravye aka ka Vidéo gato cane katarenza iminota 4.
- Turabafasha mu buryo bwo kugira distribution y'ibidandazwa vyanyu no kugwiza ama points de vente, mu kubaronsa abakozi bamenyereye ico gikorwa barenga 200,
- Tubafasha gutegura no gukora ama foires n'ama expositions ventes, tukabaronsa abakozi mukoresha ku ma stands bagahayanisha ivyanyu mu buryo namwe mushima,
- Tubafasha muri activation y'ama comptes ya mobile money zanyu, mukaronka abazikoresha n'abahanahana amahera benshi cane,
- Tubakorera ama Roadshows,
- Tubakorera ama Vidéos Publicitaires,
- Tubagirira Publicité Digitale na Réseau yacu nini cane yitwa Menyesha Advertising Team igizwe n'antu barenga 1000
- Tubafasha kuronka aba Abonnés barenga 1000 kuri YouTube m'umunsi umwe gusa,
- Turanabafasha ko mu mezi 2 gusa, videos zanyu kuri YouTube ziba zirabwe amasaha arenga ibihumbi 4, gutyo mugaca mutangura processus de monétisation y'ama chaines yanyu,
- Tubafasha muri Gestion y'ama Réseaux Sociaux yanyu,
- tubakorera ama Designs y'ama Logo, Autocolants, Roll Up, Bash, affiches,...
- Tubafitiye ama Emissions commerciales n'ibindi vyinshi, kaze mwirabire.
UWUSHAKA UMU CLIENT AMUTUMA UWUNDI, KAZE TUBAFASHE KUDUZA URUDANDAZWA RWANYU N'IBINDI VYOSE MUKORA!!!
Mwifuza kutwitura canke kumenya vyinshi, duhamagare canke mutwandikire kuri Whatsapp yacu ni +257 76 36 36 83. Kaze tubakirana urweze n'igishika .
Bureau yacu iri kuri Central Building, kwa Kabwa haruguru ya KCB Bank Siège, muri Etage ya 2, Bureau N⁰ 305 A.
https://youtube.com/channel/UCR2BTZk_UmMcsps6r_T-YbA