Megacce Burundi

Megacce Burundi Informations relatives aux affaires.

Zino ngendeshwa turazikeneye ku bwinshi mu gisagara ca  , kuko n'iyo igitoro kibonetse, abantu kenshi barabura uko biyun...
08/01/2026

Zino ngendeshwa turazikeneye ku bwinshi mu gisagara ca , kuko n'iyo igitoro kibonetse, abantu kenshi barabura uko biyunguruza kubera ubuke bwazo.

Kubwivyo, abarwizatunga bafise ubwo buryo nibo bakenewe mu kuzigura kubwinshi kugira abantu boroherwe kwiyunguruza.

Uwokenera kugira commande yazo yobitumenyesha.

Megacce Burundi pour les

Visite à    le 18 Août 2025 de la délégation de haut niveau d'Al Mansour Holding du Qatar, dirigée par S.A. Cheikh Manso...
21/08/2025

Visite à le 18 Août 2025 de la délégation de haut niveau d'Al Mansour Holding du Qatar, dirigée par S.A. Cheikh Mansour Bin Jabor Bin Jasim Al Thani, membre de la famille régnante du Qatar.

Les discussions ont porté sur une collaboration potentielle dans le développement du secteur du logement visant à la réalisation des projets des constructions sur les rives du lac Tanganyika et des infrastructures modernes pouvant contribuer au développement du tourisme et à soutenir la croissance économique du .

Megacce Burundi pour les affaire

Ikoreshwa ry'ubuhinga bwa none----------------------------------------------------Ubuhinga bwa none bwarateye cane imber...
16/08/2025

Ikoreshwa ry'ubuhinga bwa none
----------------------------------------------------

Ubuhinga bwa none bwarateye cane imbere muri iyi myaka yo mukinjana ca 21 (siècle d'information), k'uburyo usanga mu bisata nka vyose bigize ubuzima bw'abantu uhasanga ikoreshwa ry'ubwo buhinga bwa none.

Ikoreshwa ry' ubwo buhinga rirafise ingaruka nziza, cane cane yo kwihutisha ibintu no gutanga umusaruro mwinshi w'ibikorwa, ariko kandi, ubwo buhinga buratuma haba igabanuka ry ikenerwa ry'abakozi mu bisata vyinshi vy'ubuzima.(Technology replaces jobs)

Uko biri kwose, ikoreshwa ry'ubwo buhinga ntirizosubira inyuma, igikenewe ni uko umwe wese yokwitegurira ingaruka yabwo, kugira ntabe mubo ubwo buhinga bugirako ingaruka mbi.

Mu gisata c'ubudandaji dusanzwe dukoreramwo hanini, ubwo buhinga twobukoresha gute? Akamaro kabwo k'uwugura n'uwugurisha ni akahe.

Tuzobigarukako.



16/08/2025

Ibirori vyo kwugurura ibikorwa vyo kwubaka ibarabara ry'indarayi, igice ca Umvinza-Musongati biriko bibera hariya I Musongati, vyatewe iteka n'umukuru w'igihugu cacu c'uburundi akaba ari nawe yashizeho intango y'uwo mugambi.




Megacce Burundi pour les

Address

Bvd Du Patrice Lumumba
Bujumbura
0123

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Megacce Burundi posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Megacce Burundi:

Share