Société Ntumangende

Société Ntumangende Société de confiance commerciale et de vente des services généraux

BISHASHA BISHASHA BISHASHA   ______IYONZU MUBONA KUMAPHOTOS IRI MURUBIRIZI KWIBARABARA BITA IRYO KUMARARO!!!NINZU NZIZA ...
29/01/2026

BISHASHA BISHASHA BISHASHA
______

IYONZU MUBONA KUMAPHOTOS IRI MURUBIRIZI KWIBARABARA BITA IRYO KUMARARO!!!

NINZU NZIZA CANE NKUKO MUBIBONA.IFISE IVYUMBA BITANDATU, DO**HE TOILETTE INDANI, PLAFOND DUBAI....

HARIMWO NIYINDI EN ETAGE IRI KURUHANDE ARIKO ITARUZURA NEZA.

HAKABA NA DEUX CHAMBRES SALON YUZUYE(DO**HE TOILETTE INDANI, PLAFOND DUBAI...

HARIHO NA DO**HE TOILETTE HANZE.

AMATARA ARAHARI AMAZI NTARABONEKA

IZONZU ZOSE ZIRI MURUPANGU RUMWE KANDI ZUBATSE NEZA CANE.

ZUBATSE MURI PARCELLE IPIMA 25m/25m.

M.N: URWO RUPANGU RURAFISE TITRE

UFISE ICUBAZA HAMAGARA KURI:

+257 72 112 000
+257 69 112 000

E-MAIL : [email protected]

SITE WEB: www.ntumangende.bi

Apartments zipangishwa na Ntumangende ziri mucibitoke 10 eme avenue  2 chambres salon do**he toilette 2 indani inzu yumu...
29/01/2026

Apartments zipangishwa na Ntumangende ziri mucibitoke 10 eme avenue

2 chambres salon do**he toilette 2 indani inzu yumukozi na Do**he Toilette yohanze

Chambrette VIP do**he toilette indani barcon

Ufise icubaza hamagara 69112000/72112000
Email: [email protected]

Siteweb: www.ntumangende.bi

22/01/2026
MAGASIN VYAGIZIMANA SAMUEL IFASHE KANO KANYA NGWISUBIRE KUBIBUTSAKO IFISE AMAVUTA MEZA CANE AKORESHWA KUMOTEUR ZABA IZ'I...
22/01/2026

MAGASIN VYAGIZIMANA SAMUEL IFASHE KANO KANYA NGWISUBIRE KUBIBUTSAKO IFISE AMAVUTA MEZA CANE AKORESHWA KUMOTEUR ZABA IZ'IMIDUGA IZ'AMAMOTO CANKE IZAMA GROUPE ÉLECTROGÈNE.

AYO NAYO SAYANDI NAMAVUTA DANZOL...UGOMBAKO IKINTU COSE GIHINDA UTUNZE KIBA AMAHORO KORESHA AMAVUTA DANZOL.

M.N: ARAHARI MURI DIESEL NO MURI ESSENCE.

NAMAVUTA MEZA CANE ABUNGABUNGA I MOTEUR.

TURAFISE N' AMAPINE MEZA CANE NKUKO MUYABONA KURAYO MASANAMU KANDI YOYO ARI KURI PROMOTION TWAYASHIZE KUBICIRO BITO CANE.

MAGASIN VYAGIZIMANA SAMUEL IKORERA MURUVUMERA HEPFO YA PAROISSE ST AUGUSTIN

UFISE ICUBAZA HAMAGARA KURI :

69 69 77 70

TURABAHAYE IKAZE

Apartments zipangishwa na Ntumangende ziri mucibitoke 10 eme avenue  2 chambres salon do**he toilette 2 indani inzu yumu...
26/12/2025

Apartments zipangishwa na Ntumangende ziri mucibitoke 10 eme avenue

2 chambres salon do**he toilette 2 indani inzu yumukozi na Do**he Toilette yohanze

Chambrette VIP do**he toilette indani barcon

Ufise icubaza hamagara 69112000/72112000
Email: [email protected]

Siteweb: www.ntumangende.bi

01/08/2025
PARCELLE IRI MU MARAMVYA IPIMA ARES 4 IRI AHANTU HEZA CANE IRIKO IRAGURISHWA NA NTUMANGENDENTIMWITINYE KUKO IGICIRO CAYO...
22/07/2025

PARCELLE IRI MU MARAMVYA IPIMA ARES 4 IRI AHANTU HEZA CANE IRIKO IRAGURISHWA NA NTUMANGENDE

NTIMWITINYE KUKO IGICIRO CAYO NINKO KUGABA!!

UFISE ICUBAZA TWANDIKIRE KURI:

+257 72 112 000
+257 69 112 000

E-mail : [email protected]

Site web: www.ntumangende.bi

KARIBU CANE
14/07/2025

KARIBU CANE

Address

Bujumbura
456

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Société Ntumangende posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Société Ntumangende:

Share