The business all the time from epitas

The  business  all the time  from  epitas Marketing

Inkuru zibibera iwacu ziratwengeje, hari umunsi wanditse cane kukibazo c'ishirahamwe Lumitel nca ndakwandikira kuri fb n...
05/10/2025

Inkuru zibibera iwacu ziratwengeje, hari umunsi wanditse cane kukibazo c'ishirahamwe Lumitel nca ndakwandikira kuri fb ntiwanyishuye. Lumitel nibaza ko ari akantu Leta yizaniye ko kwiba abenegihugu, jewe nsanzwe ndi mubantu baronderera ubufu muri Lumitel abo bita aba STAFF (NKORERA MURI BRANCHE NGOZI) Rero aba STAFF baba bajejwe ivyubudandaji bw'amacarte sim bakaba bafise uwubakurikirana bita CHEIF CENTER (iwacu yitwa CITEGETSE Egide) rero reka mvuge ivy'iwacu ariko nayandi ma branche niko biri.

Carte sim cheif center bamuha stock nka carte sim 10.000 (ex) biba bisaba ko aca atugabanya aba staff umwumwe akamuha nka 2.000 kuko turi (3) urumva twotwara nka 6000 hanyuma natwe tukaja kuziha abazidandaza, nukuvuga umu cheif center ntaho yohurira namafranga yizo produit aduhaye kuko turihira muri USERS tuba dufise twahawe na lumitel (udandaje nturihe uca wugarirwa USER usubira gukora urishe) twebwe aba STAFF abo bazidandaza tuzibaha baduhaye cash kugira natwe turihe ariko rero igitangaje ni iki ! “ Cheif center bazimuha kubusa, natwe vyasaba ko aziduha kubusa ariko kugira aziguhe ni mpaka umuhe 500/ carte sim akatubwira ngo natwe nituje kuzidandaza dushireko ayacu ( urumva bamubaye nka 10,000 sim , urumva ko aba yironkeye I million zitanu zaho naho “
Abo tuziha rero natwe tubita aba POR, vyasaba ko tuzibaha kuri 1300/carte sim ariko ntibikunda kuko ntegerezwa gushirako 500 nahaye boss (cheif center) nanje nkishirirako 200 kugira nanje simpomberemwo.
Muri vyabihumbi 10.000 vyama carte sim bamuha haba harimwo 1200 zihabwa ivyo twita SHOP COMMUNE ni (12) muntara ya NGOZI ya kera, nabo bategerezwa kuzihabwa kubuntu kuko nabo baba bafise USERS bandikiramwo carte sim, nawe ayanditse ntarihe LUMITEL iramwugarira, ariko nabo ntibakizihabwa kubusa, bategerezwa kuriha 1000/carte sim nukuvuga abo nabo baca baja kuzidandaza uko bashatse, ugasanga carte sim umunywanyi kugura 3000, ayiguze 10.000fbu kubera ukwo kuntu wumva agenda aduga bivanye naho uwuyidandaza yayikuy

"Narahevye kuja mu manza z'ubugeni kuko baguma bantunga urutoke"👤 "Nitwa J.C.K., ndi umusore w'imyaka 46. Navukiye mu nt...
05/10/2025

"Narahevye kuja mu manza z'ubugeni kuko baguma bantunga urutoke"

👤 "Nitwa J.C.K., ndi umusore w'imyaka 46. Navukiye mu ntara ya Burunga ariko mba mu gisagara Bujumbura. Ni ho nkorera kandi ni ho nipangiye. Ngira kabiri mu bana batanu.

Kuva mu mwaka w'2020, narahevye kwitaba imanza z'ubugeni kubera abantu baguma bambazagiza ryari nanje nzorongora.

Igihe cose ngiye mu rubanza rw'ubugeni, simbura abantu baryana inzara canke bantunga urutoke. N'imbere y'aho vyaraba ariko kuva ico gihe narumva ko vyananiye kwihanganira.

Kandundura, ni abantu bo mu muryango canke banzi ku gatumba. Nk'abantu bakuze, aba 'mama' n'aba 'papa', baguma bambaza ngo 'nawe ni ryari ?' canke ngo 'uraraba nawe Tereziya* umuzanire umukazana'. Bavuga umuvyeyi wanje nsigaranye.

Ayo majambo yarambabaza, akandya mu matwi. Sindi bukare kuko nubaha abo bantu bakuze tuba twahuriye mu rubanza.

Ubu aho bigeze rero, ari umuntu ngomba gufasha urubanza, mpfuma ndamuterera ariko singerayo. Kuko hari n'abancokoza kandi bazi ko ata mugore mfise, bakambaza ngo 'mbega ugeze mu bana bangahe?'

Mu bisanzwe jewe nafashe ingingo yo kutarongora, naho abo tuvukana bose bubatse izabo. Umwe wese arafise uko aba ashaka ubuzima bwiwe bugende n'imvo zituma ashaka ko bigenda uko. Nohanura abantu kuza bararaba ibibaraba, bakareka kwinjira mu buzima bw'umuntu.

Sinanka abubaka izabo kuko ndanabaterera. Ariko nanje abantu nibantahure nk'uko nanje ndabatahura."

Bakunzi mbasabe mugire follow  kurino page ndashak tuzofashanye  kunguranya ubumenyi  mubijanye na business
04/10/2025

Bakunzi mbasabe mugire follow kurino page ndashak tuzofashanye kunguranya ubumenyi mubijanye na business

11/06/2024


😎 "Kudaterekera imizimu y'abasokuru n'abasokuruza bawe uba warataye akaranga ntan'inguvu ushobora kugira"(Inkuru ya Iris News)

🎙️Bivugwa na Ngurube batazira Rugamba wo mu gacimbiri Bariza, ku mutumba Musimbwe muri komine Gisozi y'intara ya .
🤌🏼Kubw'uwo mugabo Ngurube, ngo uterekera umuzimu utari uwawe ukaba uriko urayoba, naho ngo mu gihe tugezemwo uvuze umuzimu baca bavuga ko imizimu ari mibi, ari ibishetani, ari ibintu bibi, ari ivyo kuvuma ari ivyo kuvuga nabi mugabo ngo bagashima uwuvuga neza imizimu y'abazungu ngo nka Mikaheli mweranda, dusabire; Benedigito mweranda, dusabire...
🗣️ Ati:"abo muvuga ngo babasabire, ntibakiri mu buzima, ntibakiri mu mubiri, uwutari muzima aba ari umuzimu".
👌🏾Ngurube avuga ko abarundi bari bakwiye kuza baravuga bati:"Ntare Rugamba mwēranda, dusabire; Mwezi Gisabo mwēranda,...dusabire, duhe ubwenge, duhe inguvu".
💬Abona ko mu yandi mahanga bemera ibisokuruza vyabo bikaza bikabafasha. Vyiza ngo abarundi bokwemera ibisokuruza vyabo aho kwemera ibisokuruza vy'ayandi mahanga kuko ngo kuva kera ba sogokuruza bari bazi ko umuntu apfuye ataba apfuye bupfe, ataba agiye bugende, ko ava mu mubiri mugabo agashobora kugaruka mu mpwemu(esprit).
✍️ Ngurube ati: "Uwuvyumva avyemera azobikora kuko nta nkoho zizojamwo.
Mugabo ivyo turimwo uno musi twavyemejwe n'inkoho. Ayo madini y'uno musi habanje kuvuga inkoho kugira ba sogokuruza bavyemere babijemwo.
Rero akari mu jisho niko karibera. Uno musi bavuga ko ari vyo vyiza ariko sindabibabujije barabibandanya. Iyaba nobishobora nobabwiye bagakunda ivyabo" ✅
👀 Muvyumva gute mweho ?

🔴 : Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahejeje kwemerera Ishirahamwe STARLINK kuzana internet ikorana na...
05/06/2024

🔴 : Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye ahejeje kwemerera Ishirahamwe STARLINK kuzana internet ikorana na Satellite mu Burundi.
====================
Mu rwandiko yasinye kuwa 30/5/2024, Prezida NDAYISHIMIYE yamesheje ko atanze icese uruhusha mw’ishirahamwe « STARLINK SERVICES BURUNDI », rwo kuza no kurangurira imirimo yarwo ya internet ikoreshwa na Satellite, hano Burundi.

Prezida NDAYISHIMIYE yaciye asaba Umuyobozi arongoye ikigo kijejwe kugenzura imihora y’itumatumanako gufasha mw’ishirwa mu ngiro yiyo ngingo, kuva uwo munsi nyene isinyiweko.

Mwomenya ko iryo shirahamwe risanzwe rifise ubuhinga n’ubumenyi budasanzwe mu bijanye na Internet, aho henshi mu bihugu bakoreramwo batanga umuvuduko wa 5G. Ni Ishirahamwe ryashinzwe n’umurwizatunga w’umunyamerika ELON musk, asanzwe ariwe arongoye urubuga rwa Twitter ( bita X), biciye mw’ishirahamwe ryiwe rikuru rya SpaceX. Bikaba vyitezwe ko iyo internet izoshika hano mu Burundi guhera mu kwezi kw’indwi.

The business all the time from Epitace vous remercie

08/04/2024

🔵🔴 Vital'o Fc mu mateka ya !

Mw'ihiganwa ry'icicaro ca mbere mu Burundi 🇧🇮, ni gake umugwi utahukana igikombe ca primus ligue ufise amanota 70 canke arenga. Mu myaka 10 iheze, ngaya amanota imigwi yatahukanye igikombe ifise :

🔹 2022-2023: 🏆 Bumamuru n' amanota 68.
🔹 2021-2022: 🏆 Flambeau n' amanota 53.
🔹2020-2021 :🏆 Messager Ngozi n'amanota 55
🔹 2019-2020: 🏆 Messager Ngozi n'amanota 64
🔹2018-2019 :🏆 Aigle Noir n'amanota 68.
🔹 2017-2018: 🏆 Messager Ngozi n'amanota 70.
🔹 2016-2017 :🏆 LLB Academic n'amanota 68.
🔹 2015-2016:🏆 Vital'o Fc n'amanota 74.
🔹 2014-2015 :🏆 Vital'o Fc n'amanota 72.

Gushika ubu Vital'o Fc ufise amanota 65, Hamwe wotsinda inkino 4 zisigaye, uzoca ukwiza amanota 77, amanota ata mugwi numwe wayashikanye mu myaka 10 iheze.

Mwomenya ko mu Burundi hakinwa inkino 30, n'ukuvuga ko umugwi wotahukana amanota yose woba ufise amanota 90. Mu myaka 10 iheze, Messager Ngozi na Vital'o Fc niyo migwi yatahukanye igikombe ifise amanota 70 canke arenga.

Urutonde rw'uyu mwaka :

1. Vital'o Fc n'amanota 65
2. Flambeau du Centre n'amanota 57.

Vital'o Fc usigaje gutsinda inkino 2 ugatahukana igikombe c'uyu mwaka.

🔵🔴 Imodokari zizoza ziratwara abakinyi ba AIGLE NOIR CLUB SPORTIF na Tigre Noir Uguruza compte mukoresheje code promo EP...
28/01/2024

🔵🔴 Imodokari zizoza ziratwara abakinyi ba AIGLE NOIR CLUB SPORTIF na Tigre Noir

Uguruza compte mukoresheje code promo EP25 ✅🔥🔥 muronkee ibihera vyishii

🚨🔴 Gukunda bimwe biboneka cane abana bamwe  gusumvya abandi ngo birafise ingarukambi mumuryango 🤔‼️ , asanzwe ariko arak...
28/01/2024

🚨🔴 Gukunda bimwe biboneka cane abana bamwe gusumvya abandi ngo birafise ingarukambi mumuryango 🤔‼️

, asanzwe ariko arakurikirana ivyirwa Diaspora sponsorisé 🔥 akaba kurikaminuza ,mugisata cubutunzi ,yagize ico abivugako :

Blaise yagize ati : Birabaho cane ugasanga murugo rwabana 3 ,4,....harimwo abakundwa cane gusumba abandi , gusa hari nimiryango Ivyo bitabamwo .

Dufatiye mumiryango bibamwo ,ugasanga harimwo abana bakunzwe gusumba abandi nabavyeyi akenshi birateza ikibazo mumuryango ,Aho usanga abandi Bana bamusharitse ,mbere harinaho usanga bishwe 🤔 kumpamvu zuko baba babona uwomwana arinkikigeragezo kuribo ,bagahitamwo ingendo ibishe yokwihanira barinze kwica‼️

Abavyeyi bafata abana bakabasumbanisha , bamwe bakagururwa ivyankenerwa abandi ntibaronke,bakavuga rikemerwa abandi ntiryemerwe , barakwiye kwikubita agashi ,kuko ivyo bikurura induru nindyane mumuryango,yaba umuvyeyi agihari canke yarapfuye 😌kuko nomumasentare menshi turasangayo ibibazo bituruka Kuri izomvo .

Umuvyeyi wese arakwiye kumenya inshingano ziwe , umwana akangana nuyundi , bityo bizubaka urugo rwabo neza , rurangwemwo amahoro n'umutekano ,atawandya wangura , maze bakiyubakira iparadizo murugo rwabo .

🔴Musomyi Aho iwanyu Ubwo ntango zajemwo indyane biturutse kwisumbanisha ryabana murugo ???The buThe business all the time from epitasesThe business all the time from epitashe time from eThe business all the time from epitass The business all the time from epitase bwanyu nibwobutunzi bwanyu

Mwugururecompte ya 1xbet mukoreshee code promo EP25 🌍🌍🌍🌍 hama mutonk ibifaranga

🧏 Mfasha gutahura,Kuki abanyandikira benshi kuri Facebook bavuga icongereza gusa ukamengo ntabarundi bahari?🤳Muri bo ben...
27/01/2024

🧏 Mfasha gutahura,Kuki abanyandikira benshi kuri Facebook bavuga icongereza gusa ukamengo ntabarundi bahari?

🤳Muri bo benshi bansaba numéro yanje ngo bamfashe mu vyo ubutunzi ngo n'abandi bateye imbere kuko bafashirizwa kuri Facebook !!

✍️Nyandikira umbwire ko arivyo nk'ubu ndazibahaye bompa za million nanje nkaba umukire karuhariwe canke bonyiba ko hari abatanguye kumbwira ngo mbanze ndabarungikire amahera yugurura neza Cartesim yanje gutyo imenyere kwakira amafaranga mvamakungu!

Koresha code promo EP25 🌍🌍 muri 1xbet Hama mutsindire amafaranga meshii

Koresha code promo EP25 ✅🔥 mukwugurura 1xbet  Hama ndabasavye mugire follow Kuri page yacu tugume tubaha bishasha
25/01/2024

Koresha code promo EP25 ✅🔥 mukwugurura 1xbet Hama ndabasavye mugire follow Kuri page yacu tugume tubaha bishasha

My people, mahoro caneRaba idarapo rya SENEGAL 🇸🇳Raba idarapo rya CAMEROON 🇨🇲Aya mabendera yokwibaza ko asaAbamenyereza ...
25/01/2024

My people, mahoro cane

Raba idarapo rya SENEGAL 🇸🇳
Raba idarapo rya CAMEROON 🇨🇲

Aya mabendera yokwibaza ko asa
Abamenyereza bibi bihugu nabonyene wokwiyumvira ko ari amahasa. Ni RIGOBERT SONG wa CAMEROON na ALIOU CISSE wa SENEGAL

Mbibutse ko umumenyereza ALIOU CISSE wa SENEGAL kwari umukwe wo kwa NTARE.
Mugihe Senegal itsinze, kenshi mvuga ko ABAKWE BACU batsinze.

ABARUNDIKAZI NIBEZA KWERI, BUBAHWE

Koresha code promo EP25 🌍🌍 muri 1xbet Hama mutsindire inoti nyishii

Address

Avenue De L'université
Bujumbura
257

Opening Hours

09:00 - 17:00

Telephone

+25769201721

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when The business all the time from epitas posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to The business all the time from epitas:

Share