Iratiro Magazine

Iratiro Magazine Iratiro Magazine ni ikinyamakuru gikorera kubuhinga ngurukana bumenyi kigakeburira urwaruka kwiteza

🔴 UrgentYarataye uruhusha rwo kugendesha imodokari bita (permis de conduire) Yavukiye    CibitokeIbukinanyanaUwomenya uw...
10/11/2021

🔴 Urgent

Yarataye uruhusha rwo kugendesha imodokari bita (permis de conduire)
Yavukiye Cibitoke
Ibukinanyana

Uwomenya uwo muntu yotwandikira aha nyene kuri Iratiro Magazine canke akadutelefona kuri 69214250 kugira tumurangire uwayitoye ikaba yatowe aha hagufi y'ikibuga c'umupira w'amaguru INTWARI

Magazine

I defile y'akarangaIsabukuru yahariwe akaranga yatanguwe n'idefile yakaranga aho imigwi ndangakaranga yiyeretse uko yaje...
01/10/2021

I defile y'akaranga

Isabukuru yahariwe akaranga yatanguwe n'idefile yakaranga aho imigwi ndangakaranga yiyeretse uko yaje iva muntara zitandukanye

Iratiro yafadikanije na Burundi Burundi Bwiza mukuhababera.

Isabukuru y'akaranga.Unomusi itariki 1 gitugutu niho hariko haratanguzwa icese n'Umukuru wigihugu nynicubahiro Evariste ...
01/10/2021

Isabukuru y'akaranga.

Unomusi itariki 1 gitugutu niho hariko haratanguzwa icese n'Umukuru wigihugu nynicubahiro Evariste Ndayishimiye isabukuru ryakaranga kuburundi rizokwama rihimbazwa ukwo umwaka utashe,
Muriryo sabukuru hakaba haserutse imirwi ndangakaranga karanga yo mugihugu cose, mwomenya kandi ko iryo sabukuru rizomara imisi ibiri rivanze nihanishwa gurisha ry'ibihingurwa mvabwenge hamwe nibikoresho ndangakaranga

yafashanije na Burundi Burundi Bwiza mukuhababera

Kuri uwu Wakane igenekerezo rya 30 Nyakanga 2021, Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yakir...
30/09/2021

Kuri uwu Wakane igenekerezo rya 30 Nyakanga 2021, Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yakiriye kukirimba iwe i uwuserukira igihugu c'Ubufaransa mu Stephane Gruemberg akaba yaraje kumenyesha Ko ikiringo yarafise co kurangura amabanga yashinzwe carangiye aca agirako amusezera yanashimiye kandi intambwe u bigezeko kubijanye nimigenderanire nibindi bihugu nacanecane igihugu c Ubufaransa yaserukira. Nyenicubahiro Evariste Ndayishimiye akaba yamushimiye kubikogwa yaranguye akamusaba kandi kubandanya kuvuga Uburundi uko buri yongere atumirire abanyamitahe kuza gukorera mu .

🛑  Kuva ukwezi kwa Gitugutu, abanyeshure bo muri kaminuza bagiye kuzohora baronka agafashanyo Kabo kumezi abiri (2).  Ir...
29/09/2021

🛑 Kuva ukwezi kwa Gitugutu, abanyeshure bo muri kaminuza bagiye kuzohora baronka agafashanyo Kabo kumezi abiri (2). Iryo tegeko rije bahora baronka ako gafashanyo kumezi atatu.

🏓 Abanyeshure mutwumviriza iyo ngingo ije ibaremeshe ?

 Kuri uwu wa 29 Nyakanga 2021, Abagize   y 'Uburundi bakoranye kukirimba i   barongowe na Nyenicubahiro Umukuru w' igihu...
29/09/2021


Kuri uwu wa 29 Nyakanga 2021, Abagize y 'Uburundi bakoranye kukirimba i barongowe na Nyenicubahiro Umukuru w' igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye muvyo bihweza harimwo ukurabira hamwe ikibazo gihanze ishirahamwe , kwigira hamwe umugambi wo gucisha ahandi ibarabara ry ' igihugu Numero 1(RN1) uwo mugambi ukaba uri munteguro yamasezerano hagati Y' Uburundi n' ubu chinois!

23/09/2021

Mukiganiro Rata Sport kurikirana amakuru avugwa muri Sport umenye numugwi uhabwa amahigwe yo gutwara champions league

Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagenye umupfasoni Irène Kabura Murihano ngo abe  uwuje...
20/09/2021

Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye yagenye umupfasoni Irène Kabura Murihano ngo abe uwujejwe ingendo kukirimba c' Umukuru w'igihugu akaba asubiriye Jean Marie Rurimirije.

⚽⚽Saido Berahino atsinze igitsindo ciwe ca mbere mumugwi wa  Sheffield Wednesday. Igitsindo atsinze kumunota wa 9', akab...
18/09/2021

⚽⚽Saido Berahino atsinze igitsindo ciwe ca mbere mumugwi wa Sheffield Wednesday. Igitsindo atsinze kumunota wa 9', akaba agitsinze Shrewsbury Town.
Mubona azotsinda bingahe uwu mwaka ?

ESTHER NISH akaba agiye gusohora indirimbo ivuga kuri Francine Niyonsaba 🎧Abayirindiriye mwandike muri comment ati turay...
17/09/2021

ESTHER NISH akaba agiye gusohora indirimbo ivuga kuri Francine Niyonsaba 🎧
Abayirindiriye mwandike muri comment ati turayirindiriye🤗

Vyamaze kumenyekana ko ikibuga Stade Intwari kigiye gusubirwamwo, aho n'imigihe atarukino narimwe mpuzamakungu rwemewe g...
16/09/2021

Vyamaze kumenyekana ko ikibuga Stade Intwari kigiye gusubirwamwo, aho n'imigihe atarukino narimwe mpuzamakungu rwemewe gukinirwaho. Ivyo bikorwa bizokorwa mugihe c'amezi 6 gusa. Uwipfuza gushigikira ivyo bikorwa aratumiriwe. Iyo nkuru muyakiriye gute? mubona hokongerwamwo iki?

  Kw' igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021, Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye azofata urugend...
16/09/2021


Kw' igenekerezo rya 24 Nyakanga 2021, Nyenicubahiro Umukuru w'igihugu c'Uburundi Evariste Ndayishimiye azofata urugendo rwerekeza mugisagara ca muri Reta zunze ubumwe za agategekanya no kubonana nabarundi baba muri ico gisagara no mumicungararo yaho.

Address

Bujumbura

Telephone

+25761727272

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Iratiro Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share