Igor

Igor Umunyamakuru🎤

🥰🥰Uku niko inkino zibiri zibaye murinomisi ibiri zagenae .Equipe ha   yatsinzwe 1 kuri 2 vya .   nayo ibiyibateko mwabib...
08/04/2026

🥰🥰
Uku niko inkino zibiri zibaye murinomisi ibiri zagenae .
Equipe ha yatsinzwe 1 kuri 2 vya .

nayo ibiyibateko mwabibonye

Burya hagati ya FC Barcelona na Real Madrid C.F. wibaza ko ari iyihe equipe yakoze cane muri zino nkino??

Jewe mvuga nti yarapambanye.

@

Mwiriwe ndabaramukije nashaka kubasaba mubandanye mu mfollowinga kuri ino page yanje nshasha kandi turikumwe namwe bizog...
08/04/2026

Mwiriwe ndabaramukije nashaka kubasaba mubandanye mu mfollowinga kuri ino page yanje nshasha kandi turikumwe namwe bizogenda neza.

So ,🥰

Akabazo rero nshaka kubaza abakobwa n'abahungu

Burya hagati y'abahungu n'abakobwa ni Bände bahemukira abandi cane ??🥰🥰🥰😅😅😅.

Jewe mvuze nti abahungu ubu nitwe duhemuka nawe niko ubibona??😅😅😅😅🤌🤌

😭💔 Umukobwa twahora dukundana ni jewe nahora ndamurihira amahera yishure kuva igihe twahura yiga  muwicenda gushika ayah...
08/04/2026

😭💔 Umukobwa twahora dukundana ni jewe nahora ndamurihira amahera yishure kuva igihe twahura yiga muwicenda gushika ayahejeje aho hose yambwira ko ari jewe akunda jenyene ngo ndamuhevye yoca apfa ariko natangajwe no kubona ku musi wa Diplome arikumwe nuwundi musore ngo bagomba bagire na marriage🤔😭 None uyo mukobwa ndamukorere iki? Ni mumpanure kuko jewe vyancanze nukuri🤔🤔

Yitwa   umwe muba   bakunzwe cane muburundi kandi batamba bigezweho.Indirimbo nka zose z'abaririmvyi niwe yazitamvye.Uka...
07/04/2026

Yitwa umwe muba bakunzwe cane muburundi kandi batamba bigezweho.

Indirimbo nka zose z'abaririmvyi niwe yazitamvye.

Ukaba umukeneye nyandikira jewe Igor ndaguhuze nawe kandi atamba neza muburyo bugezwehoo

Sat-B Kirikou A Kili Natacha Burundi Rodman Boss Rod

Kumusi w'ejo kuva isaha indwi z'umutaga?🔴 KIRIKOU, DOUBLE JAY NA DJ PHILBYTE bakoze Amateka. Uku Niko baryoheye abakunzi...
07/04/2026

Kumusi w'ejo kuva isaha indwi z'umutaga?

🔴 KIRIKOU, DOUBLE JAY NA DJ PHILBYTE bakoze Amateka.

Uku Niko baryoheye abakunzi babo mu birori vy'urunani.

Woba warabonye performance yabo??🤌🤌🥰



TUGIRE KIRISU BENEDATA🥰🥰.Mbe aho Iwanyu mwumva bamvuga gute??So jewe nje kwakira ibibazo umwe wese ambaze ico ashaka Lov...
07/04/2026

TUGIRE KIRISU BENEDATA🥰🥰.

Mbe aho Iwanyu mwumva bamvuga gute??

So jewe nje kwakira ibibazo umwe wese ambaze ico ashaka
Love u🥰🥰🥰

Nagomba ndabamenyeshe ko vuba nshobora.kuzana umugore Kubera ntamumenyeshamakuru  yambara neza nka jewe yobaho atagira u...
06/04/2026

Nagomba ndabamenyeshe ko vuba nshobora.kuzana umugore
Kubera ntamumenyeshamakuru yambara neza nka jewe yobaho atagira umugore.
Yanyoyurumogi??🤔🤔🤔😅😅😅😅🤔😅

ngaho mumfashe kwishura
05/04/2026

ngaho mumfashe kwishura

Aho hakurya ya   Iterambere ryaragwiriye🥲🤌.Umwubahwa,umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'urwanda   yagaragaye munama yam...
04/04/2026

Aho hakurya ya Iterambere ryaragwiriye🥲🤌.

Umwubahwa,umutambukanyi w'umukuru w'igihugu c'urwanda yagaragaye munama yambaye akabutura.

👨‍🦯‍➡️👨‍🦯‍➡️👨‍🦯‍➡️.

Mugire umusi mwiza👨‍🦯‍➡️🤌

Jewe   na   tubipfurije ijoro ryiza🤌🥰Mwese mwishure muti
03/04/2026

Jewe na tubipfurije ijoro ryiza🤌🥰

Mwese mwishure muti

03/04/2026

Natacha Burundi Burya jewe ndabona aradutamwo 😅.
Mwe mube magabo gusa abana mugeze 🤌.

Yanyoyurumogi 😅

03/04/2026

DUFASHANYE GUHA INYISHU UYU SISTER WACU🤌😄😄😄😄😄😄😄😄😄😭😭
JEWE JENYENE SINOMWISHURA BIKUNDE😄😄😄😄😅😄😅😄😅😄😅😄

Address

Bujumbura Burundi
Bujumbura
+257 65749174

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Igor posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share