esb creator

esb creator I have a kind heart and enjoy sharing knowledge and joy. I appreciate the beauty of life

14/04/2026

Jamais

12/04/2026

Les générations motomoto😂😂😂

    🇧🇮  Abaporisi bagirizwa kwiba imiriyoni 15 FBu bafashwe i   .🙈Herekanywe umugwi w’abaporisi bagirizwa kwiba imiriyon...
11/04/2026

🇧🇮 Abaporisi bagirizwa kwiba imiriyoni 15 FBu bafashwe i .🙈

Herekanywe umugwi w’abaporisi bagirizwa kwiba imiriyoni 15.000.000 Fbu bivye umuntu mu gisagara ca Bujumbura bakoresheje kumuhenda ko aronderwa n’urwego rw’igendereza. Niko kumusaba ayo mafranga kugira ngo bamureke bimworohere guhunga. Kuri uyu wa 08 Ndamukiza 2026, Petero Nkurikiye avugira ubushikiranganji bujejwe umutekano yaboneyeho guhoza umuryango wabuze umuntu anyonga ipikipiki yishwe n’umuporisi i mu ntara ya Gitega.

Esb creator ✍️

Nababakozi ba Brarudi barakwiye kwisubirako nukuri😒😒😒 wombwira gute bafata Fanta ya Citron bakayishira mukidaje ca Coca ...
01/04/2026

Nababakozi ba Brarudi barakwiye kwisubirako nukuri😒😒😒 wombwira gute bafata Fanta ya Citron bakayishira mukidaje ca Coca nukuri😒😒

25/03/2026
24/03/2026

21/03/2026

Impanuro kuba jeunes ah muri hose mwikebuke

17/03/2026

Favorite team ✅

17/03/2026

H Madrid

17/03/2026

╱◥██████◣
│∩│🇧🇮▤│▤▤│
Niwaba wiyemera ko Fone yawe ari original Copiya bino ubitwereke muri commentaries.Abuduhinda Oye 🤣

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when esb creator posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share