17/09/2026
🥁 IVYUMA VYOSE VY’UMUZIKI TWARABIBAZANIYE! 🎶🔥
Mwahora murondera Drum Set zikomye, nziza kandi zitanga amajwimeza?
Karibu cane muri Satech Burundi twabazaniye Ingoma (Drums sets) zishobora gukoreshwa ku bacuraranzi, amakorali, groupes musicales n’abakunda umuziki bashaka ibikoresho vya qualité.
✨ Design nziza kandi professionnel
🎵 Amajwi meza kandi akomeye
🥁 Ibikoresho bikomeye kandi vyizewe
📍 Aho dukorera:
1️⃣ Avenue de la Mission, impande ya AGORA
2️⃣ Boulevard de l’UPRONA, hepfo y’ikiraro co hejuru, impande ya Galerie du Boulevard
📞 +257 61 405 405 — Appel isanzwe canke WhatsApp
Satech Burundi — Ibikoresho vya qualité, ku bakunda umuziki. 🎶