19/04/2019
*AMAGARA MEZA Y''URUKOBA RWACU*
Mbe woba wibaza igituma murikino gihe abantu benshi barwara ingwara nyinshi zitandukany zokurokoba ?
Ico womenya kuri twebwe abantu, urukoba rwacu ruremwe mu nyama zumubiri, rukaba rugizwe nuduce dutatu, hariho( *Epiderme, Derme, na Hypoderme).*
kandi ico usize cnk woze kurukoba narwo ruca rununuza inyuma yimisegonde 30
.Kubwivyo, ivyo twoga nivyo twisiga twabwirizwa gutohoza neza kobifise ak**aro kurukoba rwacu kandi KO qri k**a(naturel) ,tukabazako ata acide bikoranwe na aliminium na petrol nibindi
Bitabaye ukwo, ivyo twoga cank twisiga bigaruka kudutera :
*amahere, urubandu,ibifukunyi,ibimomoto,ama taches, cancer, infection yurukoba,* nibindi bihimba vyumubiri bigafatwa umuntu ugasanga yarafutanye ,urukoba rwaranyambiranye yarashaje akirimuto kubera kubura *insanganyangaburo(vitamines), E,A,C nivyunyunyu nka magnésium na sélénium* bisangangura ubumara butera cancer n'a radicaux libres na lipophisine nibindi
Urukoba rwumuntu hamwe n'ibihimba vyirondoka na cane cane kubakenyezi
Vyarateguriwe isabuni k**a yokwoga (savon naturel) ikozwe muri *Aloe vera ,concombre, l'huile d'olive(amavuta y'a eleyo),indimu,inazi(cocoa),* n'ibindi.
*Ak**aro kiyo sabuni k**a:*
*A. KU RUKOBA*
1.irakura ubucafu bwose ku rukoba kuburyo k**a
2. Irinjira Kure mu rukoba igashikira ku musoso
3. Iragaburira urukoba ivya ngombwa nka:
ndemamubiri, ntanganguvu, na nsanganya ngaburo biri muri aloe vera
4. Irakura ama taches kumubiri
5. Irakura ibifaranga kurukoba
6. Irakura ukuryana (irritation) kwahantu kurukoba
7. Irakura uduherehere duto duto
8. Irakura amafufu kurikoba
9. Irakura ibimeme bigakira (mucose)
10. Irugurura udutoboro tw'urukoba rugahema neza
11. Iragabanya intuguta muri ukwo guhema neza kw'urukoba
12. Iratuma urukoba ruca ibibatsi (rukaya ngana)
13. Irarinda urukoba guturirwa n'izuba
*B.MU MISHATSI:*
14. Irakura ubucafu bwose mû mutwe
15. Irakura imba
16. Iratuma umushatsi ukura neza udacikagurika ug