Sports News

Sports News Welcome to The Official All Sports Zone
https://whatsapp.com/channel/0029Vb5s14c2phHGmJtLcW2o

21/04/2026

30'⏱️⚽ Goaaaaaaal MBAPPE

REAL MADRID ⚪ 1-0 🔵 ALAVES

🇪🇸

01/03/2026

🧤📆 Umunsi w’amateka: Marc-André ter Stegen ahagarika Sevilla (20 Octobre 2018)

Ku wa gatandatu, itariki 20 Gitugutu 2018, abakunzi b’umupira w’amaguru bariboneye umunsi udasanzwe muri LaLiga 2018–2019, aho umunyezamu wa FC Barcelona, Marc-André ter Stegen, yanditse izina ryiwe mu mateka kurukino rwahuje Barcelona na Sevilla FC.

Uwo musi, Sevilla yateye amashoti menshi kandi n’inguvu nyinshi, igashaka gutsinda ku buryo bwose. Ariko imbere yivyo vyose hari Ter Stegen, yahagaze nk’uruhome rukomeye. atabara ishoti ku rindi, ayandi ayakiza mu buryo butangaje bwatumye abakunzi ba Barça bahaguruka mu myanya yabo baramushimira.

Injira muri Channel ya WhatsApp Wirabire Inkino Ikibiriraho Hamwe N'AMAKURU Y'Inkino Muri Rusangi: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5s14c2phHGmJtLcW2o

Injira muri Groupe Ya WhatsApp wironkere AMAKURU YA SPORT : https://chat.whatsapp.com/KYSEzW3T4cb5yoHRbYUUxI?mode=wwt

Koresha codepromo: KINAWIN Muri 1XBET tuze turaguha coupons du jour buri musi

Lamine Yamal yahaye ubutumwa abakunzi ba FC Barcelona imbere y’urukino Gwo gusubiriza kuwa kabiri ruzobahuza na Atlético...
01/03/2026

Lamine Yamal yahaye ubutumwa abakunzi ba FC Barcelona imbere y’urukino Gwo gusubiriza kuwa kabiri ruzobahuza na Atlético Madrid:
“Ni igihe co kwikangura no kubandanya turwana. Ivyo ni vyo turiko turakora. Gutsinda Atlético Madrid birashoboka. Turakeneye ugushigikirwa n’abakunzi bacu. Turabishoboye. Muzoze ku kibuga kudushigikira mu rukino tuzokina na Atlético. Ibidasanzwe birashoboka.”

Injira muri Channel ya WhatsApp Wirabire Inkino Ikibiriraho Hamwe N'AMAKURU Y'Inkino Muri Rusangi: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5s14c2phHGmJtLcW2o

Injira muri Groupe Ya WhatsApp wironkere AMAKURU YA SPORT : https://chat.whatsapp.com/KYSEzW3T4cb5yoHRbYUUxI?mode=wwt

Koresha codepromo: KINAWIN Muri 1XBET tuze turaguha coupons du jour buri musi

🚨 Amatike 80000 y'abantu bazoja kuraba urukino gwa Finalíssima hagati ya Argentine 🇦🇷 na ESPAGNE 🇪🇸, mumasaha 2 gusa yar...
01/03/2026

🚨 Amatike 80000 y'abantu bazoja kuraba urukino gwa Finalíssima hagati ya Argentine 🇦🇷 na ESPAGNE 🇪🇸, mumasaha 2 gusa yaraheze kugurishwa atatike nimwe isigaye 🔚 🏆

Iyo finale izobera mugihugu ca Qatar 🇶🇦

🗓️ Ruzoba kw'itariki ya 27/3/2026

⏱️ Ruzoba kw'isaha 21:00 mugisagara ca Doha
🏟️ Ruzobera kukibuga Lusail Stadium

Injira muri Channel ya WhatsApp Wirabire Inkino Ikibiriraho Hamwe N'AMAKURU Y'Inkino Muri Rusangi: https://whatsapp.com/channel/0029Vb5s14c2phHGmJtLcW2o

Injira muri Groupe Ya WhatsApp wironkere AMAKURU YA SPORT : https://chat.whatsapp.com/KYSEzW3T4cb5yoHRbYUUxI?mode=wwt

Koresha codepromo: KINAWIN Muri 1XBET tuze turaguha coupons du jour buri musi

25/02/2026

TERMINÉS ⚽

🇪🇺 LIGUE DES CHAMPIONS —RETOUR

PSG 🇫🇷✅ 2-2 🇫🇷 MONACO(SC 5-4)
⚽ M. Akliouche 45'
⚽ Marquinhos 60'
⚽ Khvicha Kvaratskhelia 66
⚽ Jordan Teze 90+1'

JUVENTUS 🇮🇹 3-0 🇹🇷 GALATASARAY(SC 5-5)⏱️ PROLONGATION

⚽ Manuel Locatelli 37' (P)
⚽ Federico Gatti 70'
⚽ Weston McKennie 82'

REAL MADRID 🇪🇸 ✅ 2-1 🇵🇹 BENFICA( SC 3-1)
⚽ Rafa 14'
⚽ Aurelien Tchouameni 16'
⚽ Vinicius Junior 80'

17/02/2026

🇫🇷Monaco 2x3 PSG🇫🇷

⚽️ Desiré Doué (2)
🥾 Warren Zaïre-Emery

🏆 Champions League | 1XBET CODEPROMO KINAWIN

17/02/2026

🇵🇹Benfica 0x1 Real Madrid🇪🇸

⚽🔥🇧🇷 Vini Jr / 50'
🅰️ Mbappe

🏆 Champions League | 1XBET CODEPROMO KINAWIN

Address

Bujumbura

Telephone

+25767226384

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Sports News posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Sports News:

Share