Gerondif Action

Gerondif Action Studio multimédia Gerondif Multimedia est une entreprise investie dans l'audio-visuel et imprimerie
Elle est dotée d'un studio audio, vidéo et une imprimerie.

Beaucoup de projets innovant y sont réalisés et plus d'autres encore sont en cours. Gerondif est la solution pour le développement et la visibilité des organisations, entreprises et particuliers.

29/03/2021

Dogodogo ni ikiyaga canke ni ikiziba? Irabire ino vidéo uraheza uce urubanza

04/12/2020
05/04/2020



Mwari muzi ko ishirahamwe TWITEZIMBERE rimaze imyaka igera kuri 27 ririko rirakora ibikorwa vyo guteza imbere abenegihugu mu bisata bitandukanye ?

Aha twovuga imigambi myinshi ryaranguye kandi rikiriko haba nyubakwa z'amasokó n'umuyagankuba ariko cane cane dushimikire ku gufata mu mugongo amahinguriro matomato y'ibiva mu mwimbu w'uburimyi n'ubworozi.

TWITEZIMBERE ni rimwe mu mashirahamwe akorana n'amakoperative kugira uburimyi mu Burundi bube bushemeye kandi buteye imbere cane mu kurima no kworora kijambere

TWITEZIMBERE ASBL irakorera kandi mu gisata c'ugukingira ibidukikije mu vyo guteza ibiti bisanzwe canke ibibana n'indimo ifatanije n'amashirahamwe y'abenegihugu.

Mushobora kwitiranya TWITEZIMBERE MF na TWITEZIMBERE ASBL. Raba amakuru yandi menshi ku rubuga www.twitezimbere.bi.

Ushobora no gutsindira agrochampion kuko utubazo tuzova aho.

Amasashe yoba yari yaraguhaye ? Woba woyavugako iki ?
08/02/2020

Amasashe yoba yari yaraguhaye ? Woba woyavugako iki ?

13/12/2019


ka 5: 09/12/2019


Kwishura kano kabazo bisaba kuba mwasomye amakuru!
Mu makuru twabahaye yerekeye Boulangerie St Rehoboth, hariho ishirahamwe ryayifashije mu nyigisho, ibikoresho, ubuhinga no kwagura isoko. Iryo shirahamwe nyene, ni ryo ryayihaye ubumenyi bwo guhingura ibiva mw'ifu y'imyumbati, nk'imikate, amabenyi, gato n'ibindi.
Niba ayo makuru wayasomye, tubwire izina ry'iryo shirahamwe, umugambi ryaranguyemwo ivyo bikorwa.

M.N: mwifuza amahirwe ko agwira mwiyubare cane musome neza, maze mubone kwishura neza.

  iraborohereza kumenya no kugira ico muvuze ku makuru yerekeye uburimyi.Mwibuke gupartaja kugira n'abandi babone amahir...
08/12/2019

iraborohereza kumenya no kugira ico muvuze ku makuru yerekeye uburimyi.

Mwibuke gupartaja kugira n'abandi babone amahirwe


ka 4: 02/12/2019


Kw'itariki 01 Mukakaro 2019, aho duhimbaza umusi twaronkeyeko intahe yo kwikukira mu Burundi, Nyenicubahiro umukuru w'igihugu yararonkeje agashimwe umushikiranganji kubw'ibikorwa vyaranguwe n'ubwo bushikiranganji.

Tubwire izina ry'ubwo bushikiranganji n'izina ry'uwo mushikiranganji.

Menya neza : mwitonde mu kwishura, amazina muyatondeke neza, naho mubivuga mu kirundi canke igifaransa nta kibazo.

  I ruhande ya   mumenyereye muri YAIN, reka tubereke uwundi muhinga mu bworozi bw'inkoko :  Ushaka kumenya vyinshi kuri...
05/12/2019




I ruhande ya mumenyereye muri YAIN, reka tubereke uwundi muhinga mu bworozi bw'inkoko :

Ushaka kumenya vyinshi kuri we, rabira kuri link iri aha munsi

Ce secteur des volailles date de longtemps sur tout le territoire du Burundi de façon traditionnelle, par le biais des éleveurs italiens basés dans la province Gitega, Commune Bugendana, zone Mutoyi. Ce secteur connait un pas évolutif partant de l’élevage familial vers l’élevage commercial...

Ku mugoroba w'iyi Dimanche agrocgampion iraba itangije indwi ya 3. Ejo aho bukera indwi ya 4 iratangura
01/12/2019

Ku mugoroba w'iyi Dimanche agrocgampion iraba itangije indwi ya 3. Ejo aho bukera indwi ya 4 iratangura

Agrochampion yatangujwe na Agro TV Burundi ifatanije na YAIN Burundi. Programme yifashe gute?Lundi 9h           : akabaz...
28/11/2019

Agrochampion yatangujwe na Agro TV Burundi ifatanije na YAIN Burundi.
Programme yifashe gute?

Lundi 9h : akabazo k'indwi
Dimanche 18h: guhitamwo abatsinze
Dimanche 20h: gutanga liste y'abatomboye
Mardi 14h : gutanga ubushimwe


ka 3: 25/11/2019


Agro TV yarashikirije ishirahamwe ry'urwaruka rwagiye hamwe kugira rushire hamwe ivyiyumviro maze rushinga société yitwa CVC (Common Vision Company). Iryo shirahamwe, rikaba rigizwe n'abantu abahungu n'abakobwa 50.

Tubwire ikidandazwa biharije dushobora kumenyera kw'iryo shirahamwe ?

Ku bariko barakurikirana rino higanwa rya Agro TV Burundi, hariho amahirwe yo kwinjira mu rizoba rikomey rizotangura mwa...
26/11/2019

Ku bariko barakurikirana rino higanwa rya Agro TV Burundi, hariho amahirwe yo kwinjira mu rizoba rikomey rizotangura mwaka uza. K*k ivy'udushimwe tw'ama mega ari intango gusa


ka 3: 25/11/2019


Agro TV yarashikirije ishirahamwe ry'urwaruka rwagiye hamwe kugira rushire hamwe ivyiyumviro maze rushinga société yitwa CVC (Common Vision Company). Iryo shirahamwe, rikaba rigizwe n'abantu abahungu n'abakobwa 50.

Tubwire ikidandazwa biharije dushobora kumenyera kw'iryo shirahamwe ?

18/11/2019















Turakeje abatomboye, twongera tubasaba kurungika amanimero yabo kuri message ku muhora wa Facebook nyene wa .

Abatashoboye gutombora ubuheruka, turabashimiye kandi kandi ntimucike intege. Tubifuriza amahirwe ku kabazo k'iyi ndwi. Utubazo turabandanya.

Address

Rohero, Boulevard De L'Uprona
Bujumbura
75979069

Opening Hours

Monday 09:00 - 19:00
Tuesday 08:00 - 19:00
Wednesday 08:00 - 17:00
Thursday 08:00 - 19:00
Friday 08:00 - 17:00
Saturday 09:00 - 16:00
Sunday 09:00 - 16:00

Telephone

+25771297084

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Gerondif Action posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Gerondif Action:

Share