Achieve Your Dreams Tv

Achieve Your Dreams Tv ACHIEVE YOUR DREAMS TV | We share powerful stories: music, culture, history, reactions, and inspiring talks. The voice of the unheard.

Empowering minds through talent, truth, and creativity.

Uko Sat-b Yari Yaberewe Muri Nigeria Mumuhango wa AFRIMA Awards 2026, Yagize Ati: We Are Proud.N'aho haburana babiri, ha...
12/01/2026

Uko Sat-b Yari Yaberewe Muri Nigeria
Mumuhango wa
AFRIMA Awards 2026,
Yagize Ati: We Are Proud.

N'aho haburana babiri, hagatsinda umwe.
Intambwe irashimishije cane, Kandi twarerekanye ko Buri muntu afise iyo Ava. ni harambe uburundi n'uruganda rw' umuziki w'uburundi. •🇧🇮🇧🇮🇧🇮

🚨Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye agiye kwitabira ibirori vyo kurahira kwa Samia Suluhu muri Tanzania ...
03/11/2025

🚨Umukuru w’igihugu c’Uburundi Evariste Ndayishimiye agiye kwitabira ibirori vyo kurahira kwa Samia Suluhu muri Tanzania

Ibiro bijejwe amakuru mu kirimba Ntare Rushatsi House vyatangaje ko umukuru w’igihugu aza gufata urugendo kuri uyu wa 03 Munyonyo 2025 agiye mu gisagara ca Dodoma ahagiye kubera ivyo birori.

🇧🇮 🇧🇮

Aho Iwanyu Ibi bintu Mwarabikora canke Muracabikora? Tubwire icariko muri Commantaire 🤣Achieve Your Dreams Tv  Achieve Y...
27/10/2025

Aho Iwanyu Ibi bintu Mwarabikora canke Muracabikora? Tubwire icariko muri Commantaire 🤣
Achieve Your Dreams Tv
Achieve Your Dreams Music

Mu gushimira umukuru w'Igihugu  , abenegihugu bo mu ntara ya   bamugabiye inka 8, intama, inkwavu, inkoko n'ibindi bifun...
26/10/2025

Mu gushimira umukuru w'Igihugu , abenegihugu bo mu ntara ya bamugabiye inka 8, intama, inkwavu, inkoko n'ibindi bifungurwa mu birori vyo gusozera urugendo rw'urumuri rw'amahoro ku ncuro ya 19.
Kakaba kabaye n'akaryo k'umukuru w'igihugu ko kwiginana n'abenegihugu bari bitavye ivyo birori.
Bikaba vyarangijwe no kurasa hejuru imiriro ituragurika ( feux d'artifice) abenegihugu nabo bamurika n'amatoshi y'amaterefone yabo banezerewe.

'amahoro19 ème_Édition

Entourés des hautes autorités du pays et d’une foule en liesse, SE Evariste Ndayishimiye  et SE la Première  Dame Angeli...
26/10/2025

Entourés des hautes autorités du pays et d’une foule en liesse, SE Evariste Ndayishimiye et SE la Première Dame Angeline Ndayishimiye ont rehaussé de leur présence, ce 25/10 à en Province de , les cérémonies de clôture du
marquant la fin du périple dans les 42 communes du .

SE Evariste Ndayishimiye a félicité l’équipe pour les résultats enregistrés lors du périple du , avant de leur confier la responsabilité des travaux de construction du monument du Flambeau, un édifice de 13 niveaux dont la maquette est déjà disponible.

SE Evariste Ndayishimiye a éteint à le , dans une ambiance on ne peut plus festif, sous feux d'artifice et concerts des grands noms de la musique burundaise. Le cérémonial a marqué la fin du périple porteur de messages de paix et de développement dans tout le pays.

23/10/2025

INGORANE Y'IGIRORO YARAHEZE|| NUGUFATIRA INGINGO ABA DANDAZA BADASHAKA KUJA KURANGURA IGITORO🔥

21/10/2025

I dollars Ry'Umunyamerika Ntirimenyerwa🤣💵

  : Kuri uwu wa kabiri, igenekerezo rya 21 Gitugutu 2025 niho haramutse hibukwa ku ncuro ya 32, igandagurwa ry'Umukuru w...
21/10/2025

: Kuri uwu wa kabiri, igenekerezo rya 21 Gitugutu 2025 niho haramutse hibukwa ku ncuro ya 32, igandagurwa ry'Umukuru w'Igihugu Melchior Ndadaye, incungu ya demokarasi.

Umukuru w'Igihugu Evariste Ndayishimiye ari kumwe n'Umutambukanyi wiwe, Angéline Ndayishimiye akaba ahejeje gushira ingori z'amashurwe ku ntatemwa y'iyo ncungu ya demokarasi hamwe n'iyitiriwe umumaratiri atamenyekanye yazize amabi yakozwe ku wa 21 Gitugutu 1993, zose ziri mu ngoro y'abamaratiri ba demokarasi muri komine Mukaza y'intara ya Bujumbura.

Abategetsi batandukanye bari bishikiye muri ico kibanza. Aha twovuga nk'abakuru b'Inama Nshingamateka na Nkenguzamateka, icegera c'Umukuru w'Igihugu, Umushikiranganji wa mbere n'abandi banyacubahiro harimwo n'umutambukanyi w'umuhisi Melchior Ndadaye hamwe n'uw'umuhisi Pierre Nkurunziza.

Hakaba hakurikira imisa yo gusabira iyo ncungu ya demokarasi, ibera kuri katedarare Regina mundi.

Achieve Your Dreams

🚨Kurundi ruhande ngo: Tuzobona akamaro kayo mabuye y'agaciro, IBIFUNGURWA nivyazimbuka🚨 Ngo ni gute Ama  yotakaza agacir...
19/10/2025

🚨Kurundi ruhande ngo: Tuzobona akamaro kayo mabuye y'agaciro, IBIFUNGURWA nivyazimbuka🚨 Ngo ni gute Ama yotakaza agaciro mu Burundi ,ariko ibintu bikaguma bizimvye❓️

🚨Ariko kurundi ruhande kandi ngo: Ni mutenyene haracari kare, kuko Ibintu biriko biraza neza cane🚨 Uburundi turiko turinjira mu gihe gishashaAchieve Your Dreams Tv Achieve Your Dreamseams

17/10/2025

UMUFANA REMIX II - B- FACE Ft BIG FIZZO & LOLILO,...........|| COMMANTAIRE Z'ABAFANA

15/10/2025

Sat-B Vs Kirikou🔥🔥🔥

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Achieve Your Dreams Tv posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share

Category