27/03/2026
Ndabaramukije cane Bakunzi na Mwe Bagenzi Dusangiye Grp Womenyera Urukundo Ar,Iki?
Uyu Munsi Ndagira ngo nkwereke Ibintu Cumi Twokwita nka Mabwirizwa Buri Muntu Wese Akwiye Kwitondera Murukundo,Mais nkibisanzwe Mwibuka kuja kuri Page Les Story D,Amour by Fernand Nshimirimana kuri FbiππΌππΌππΌhttps://www.facebook.com/profile.php?id=61551209106731
**Ngibi Ibintu Cumi Ugomba Kwitondera mu Kurinda URUKUNDO Urimwo*
1. *KUVUGISHA UKURI*
Ntukubakire Urukundo Kubintu vy,Ibinyoma ba wa Muntu Avuga Ukuri Meme Niyo kwoba kugoye kwakira,Kuko Ukuri Gutuma Mwizerana kandi Mwubahana.
2. *KUBAHANA*
Wige Kwubahiriza Uwo mukundana Mumajambo no Mubikorwa,Kubahana ni Ishingiro ry,Urukundo rwiza.
3. *KWIZERANA*
Nta Rukundo Rubaho Ata Kwizerana Kuriho,Irinde Kwikekana no Gucungana Birenze Urugero.
4. **KUVUGANA NEZA* (Communication)
Muze Mufata Igihe Muganira Kurukundo Rwanyu,Kubibazo meme n,Ivyishimo kuko Kutavugana Kenshi Bituma Urukundo Rusenyuka( *Ibintu vyo kwama Everyday ngo Ndi Busy)*
5 *KWIHANGANA*
Nta Muntu Abaho Bidashika ngo Akoshe Rero Iga Kwihangana no Kubabarira Kwihangana nikimwe Mubintu Bikomeza Urukundo
6. *KUTIHARIRA VYOSE,KUTIK***A (Eviter l,EgoΓ―sme)*
Urukundo si Kwiyumvira kuri Wewe Gs Baho Wiyumvira no Kuwo Mukundana Mushigikire Mundoto ziwe,Wumve ko Gushika kundoto ziwe Ari Intsinzi kuri Wewe.
7. *GUSHIGIKIRANA*
BA Wamuntu Ashigikira Afata Iyambere Mugushigikira Umukunzi Wiwe Haba Mubihe Vyiza no Mubihe Bibi,Ivyo Nibimwe Mubituma Urukundo Ruramba
8. *K***A UMUNTU UKWO NYENE ARI UTITEZE KO AZOHINDUKA*
N,Ukunda Umuntu Uze Umukunde Ukwo nyene Ari Atabishobisho birimwo ngo Azohinduka,niyaba Afise Ingeso mbi ngo Azoziheba canke hari akantu kanaka Katakurwa neza ngo Azogaheba oya,mukunde Utiteze ko azohinduka gs Nivyashika Ukamuhindura Uzoce Ushima Imana
9. *K***A UMUNTU ATA NYUNGU YINDI YIHISHIJE INYUMA,K***A BIKUVUYEMWO*
10. NIMBA Uri Umwe Mubakunda Ivyo Ducisha Muri Ino Grp Ntugende Udaciye kuri iyo LinkππΌππΌ
https://www.facebook.com/profil