Socont Construction

Socont Construction Construisons ensemble vos rêves ! Maison, immeuble ou rénovation - Socont Construction transforme vos idées en réalité.

Contactez-nous dès aujourd'hui pour un devis gratuit ! WhatsApp: +257 69612862
Call simple: +257 79068709

🏗️🧰👷🏾‍♂️Ntamuntu numwe atipfuza Kuba Munzu nziza kandi ikomeye ‼️ Ivyo Ntavyo inyishu yavyo ni SOCONT CONSTRUCTION ✍🏾 Tw...
31/07/2026

🏗️🧰👷🏾‍♂️Ntamuntu numwe atipfuza Kuba Munzu nziza kandi ikomeye ‼️ Ivyo Ntavyo inyishu yavyo ni SOCONT CONSTRUCTION ✍🏾

Twiture kubintu Vyose bijanye na:

🔷Structural Design & Modelling Plan

🔷Interior Design

🔷Build Plan Approval & Construction Support

📍Dusange muri Rohero, Boulevard du Peuple Murundi.

Twakure kuri : 📞+257 79 068 709

/ WhatsApp:📲 +257 69 612 862

🌐Visit: www.socontburundi.com


bwiza

👀📐✏️Looking to build or design your dream home? At SOCONT CONSTRUCTION we turn your vision into reality. From modern str...
29/07/2026

👀📐✏️Looking to build or design your dream home? At SOCONT CONSTRUCTION we turn your vision into reality. From modern structural designs to complete construction support and plan approvals, our expert team manages it all seamlessly.

🏡 Let’s create a space your family will cherish for generations.

📍 Visit us: Rohero, Boulevard du Peuple Murundi

📞 Contact us: 📲+257 69 612 862
📞 +257 79 068 709
📧 Email: [email protected]
🌐 Website: www.socontburundi.com

🏗️ Votre projet de vie mérite l'excellence.Vous rêvez de construire une maison moderne, solide et à votre image au Burun...
25/07/2026

🏗️ Votre projet de vie mérite l'excellence.
Vous rêvez de construire une maison moderne, solide et à votre image au Burundi ? construction met son expertise et son savoir-faire à votre service pour transformer vos plans en réalité.

De la conception à la remise des clés, faites le choix de la sérénité et de la qualité.
📞 Contactez-nous dès aujourd'hui :

📲+257 69 612 862
☎️+257 79 068 709
📧 [email protected]

🚧🏗️ Muri SOCONT CONSTRUCTION turi hano ngo tugufashe gush*tsa indoto zawe mukuba Munzu yivyipfuzo vyawe ! Twiyemeje kuba...
20/07/2026

🚧🏗️ Muri SOCONT CONSTRUCTION turi hano ngo tugufashe gush*tsa indoto zawe mukuba Munzu yivyipfuzo vyawe !

Twiyemeje kubaha inzu nziza n'ubwubatsi bukomeye kandi bugezweho, dukoresheje ibikoresho vy'agaciro kandi biramba. Inararibonye zacu zisanzwe zihari ngo ziguhe igikorwa ciza kandi gishemeye.

Ukeneye kugira icubaza Canke gukorana natwe? Twandikire canke uduhamagare kuri:

📞 +257 69 612 862 (WhatsApp)
📞 +257 79 068 709
📧 [email protected]

Socont Burundi – Turitanga Mukazi kacu kandi tugakoresha vyagaciro!"

🏗️ 𝐈𝐍𝐃𝐖𝐈 𝐍𝐙𝐈𝐙𝐀 𝐘'𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀! 🏡𝐈𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐞 𝐒𝐎𝐂𝐎𝐍𝐓 𝐫𝐢𝐫𝐢𝐩𝐟𝐮𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐢𝐧𝐝𝐰𝐢 𝐧𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐲'𝐢𝐛𝐢𝐤𝐨𝐫𝐰𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐝𝐮𝐤𝐮𝐫𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐚𝐜𝐮 𝐛𝐨𝐬𝐞, 𝐛𝐚𝐛𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐫𝐢...
13/07/2026

🏗️ 𝐈𝐍𝐃𝐖𝐈 𝐍𝐙𝐈𝐙𝐀 𝐘'𝐈𝐁𝐈𝐊𝐎𝐑𝐖𝐀!

🏡𝐈𝐬𝐡𝐢𝐫𝐚𝐡𝐚𝐦𝐞 𝐒𝐎𝐂𝐎𝐍𝐓 𝐫𝐢𝐫𝐢𝐩𝐟𝐮𝐫𝐢𝐣𝐞 𝐢𝐧𝐝𝐰𝐢 𝐧𝐬𝐡𝐚𝐬𝐡𝐚 𝐲'𝐢𝐛𝐢𝐤𝐨𝐫𝐰𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐝𝐮𝐤𝐮𝐫𝐢𝐤𝐢𝐫𝐚𝐧𝐚 𝐛𝐚𝐜𝐮 𝐛𝐨𝐬𝐞, 𝐛𝐚𝐛𝐚 𝐚𝐛𝐚𝐫𝐢 𝐦𝐮 𝐁𝐮𝐫𝐮𝐧𝐝𝐢 𝐜𝐚𝐧𝐤𝐞 𝐦𝐮 𝐦𝐚𝐡𝐚𝐧𝐠𝐚.

𝐓𝐰𝐚𝐦𝐞 𝐭𝐰𝐢𝐛𝐮𝐤𝐚 𝐤𝐨 𝐮𝐦𝐰𝐞𝐭𝐞 𝐧'𝐮𝐛𝐰𝐢𝐫𝐚 𝐦𝐮 𝐯𝐲𝐨 𝐝𝐮𝐤𝐨𝐫𝐚 𝐚𝐫𝐢 𝐯𝐲𝐨 𝐛𝐢𝐝𝐮𝐬𝐡𝐢𝐤𝐚𝐧𝐚 𝐤𝐮 𝐧𝐳𝐨𝐳𝐢 𝐳𝐚𝐜𝐮.

𝐒𝐎𝐂𝐎𝐍𝐓 𝐂𝐨𝐧𝐬𝐭𝐫𝐮𝐜𝐭𝐢𝐨𝐧 𝐭𝐮𝐫𝐢 𝐡𝐚𝐧𝐨 𝐧𝐠𝐨 𝐝𝐮𝐬𝐡𝐢𝐭𝐬𝐞 𝐢𝐦𝐢𝐠𝐚𝐦𝐛𝐢 𝐲𝐚𝐧𝐲𝐮 𝐲𝐨 𝐤𝐰𝐮𝐛𝐚𝐤𝐚. 𝐓𝐮𝐫𝐚𝐛𝐚𝐤𝐮𝐧𝐝𝐚 𝐜𝐚𝐧𝐞! 💙📦 𝐓𝐰𝐮𝐛𝐚𝐤𝐢𝐫𝐚 𝐛𝐨𝐬𝐞 📞 +𝟐𝟓𝟕 𝟕𝟗 𝟎𝟔𝟖 𝟕𝟎𝟗 / +𝟐𝟓𝟕 𝟔𝟗𝟔𝟏𝟐 𝟖𝟔𝟐

🏡 Donnez vie à la maison de vos rêves avec Socont Burundi !Parce que votre projet mérite ce qu'il y a de mieux, nous met...
11/07/2026

🏡 Donnez vie à la maison de vos rêves avec Socont Burundi !Parce que votre projet mérite ce qu'il y a de mieux, nous mettons la qualité au cœur de chaque brique posée.

De la conception aux finitions, confiez votre futur chez-vous à une équipe d'experts passionnés et rigoureux.

✨ N'attendez plus pour investir dans votre avenir. Contactez-nous dès aujourd'hui pour en discuter !📞 +257 69 612 862 / +257 79 068 709

🏗️👷🏾‍♂️📪 Urashaka kwubaka Canke gusubiramwo urupangu Canke Clôture Yawe ikaba nziza kurusha Canke ikaja kumwanya nkizind...
10/07/2026

🏗️👷🏾‍♂️📪 Urashaka kwubaka Canke gusubiramwo urupangu Canke Clôture Yawe ikaba nziza kurusha Canke ikaja kumwanya nkizindi ? Inyishu ni SOCONT CONSTRUCTION kuko Niyo yabigenewe 🏗️ .

Ubwubatsi bwiza, Icizere ciza!

Duhamagare kuri:📞 +257 79 068 709

📲: +257 69 612 862

📍: Rohero, Boulevard du Peuple Murundi

🌐 : www.socontburundi.com

🏗️🚞Bien plus qu'une maison, un style de vie. 🍃🚗Idéalement située dans le quartier Miroir à Ntahangwa, cette somptueuse v...
09/07/2026

🏗️🚞Bien plus qu'une maison, un style de vie.

🍃🚗Idéalement située dans le quartier Miroir à Ntahangwa, cette somptueuse villa R+3 redéfinit le luxe urbain.

Entre son design avant-gardiste, son jardin de fleurs rafraîchissant et sa grande capacité de parking (5 places), elle a été pensée pour votre bien-être et celui de votre famille.Faites le premier pas vers la maison de vos rêves. Votre avenir commence par un simple appel.

☎️ Prenez contact avec notre équipe dès maintenant !
📲WhatsApp: +257 69612862
📞: +257 79068709

📩: [email protected]

07/07/2026

Inzu yigitangaza Iriko yubakwa muri Mirroir muri parcelle ingana na 4, 5 Ares Igeretse gatatu vyirabire vyose wipfuza ko tukwubakira uheze utwakure

Twakureko: +257 79 068 709
WhatsApp: +257 69 612 862

Visit: www.socontburundi.com



Socont Construction iri ngaha ngo igush*tseko inzozi zawe ! Twubaka inzu z'ubwoko bwose, zigezweho kandi zikomeye cane z...
03/07/2026

Socont Construction iri ngaha ngo igush*tseko inzozi zawe !

Twubaka inzu z'ubwoko bwose, zigezweho kandi zikomeye cane zizoramba ibihe vyose.

📍 Twasange ngaha: Rohero, Boulevard du Peuple Murundi

📞 Duhamagare kuri: +257 79 068 709 / +257 69 612 862

🌐 Umutako wacu na internet: www.socontburundi.com✉️ Email: [email protected]

Address

Bujumbura

Telephone

+25762889208

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Socont Construction posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Socont Construction:

Shortcuts

Share