Mr. MBONA

Mr. MBONA 🖋️Songwriter | Rapper🎙️
🎬Actor | Content Creator🎥
#𝐊𝐔𝐁𝐀𝐀

Dawidi na Goliati 😅
13/09/2026

Dawidi na Goliati 😅

11/09/2026

😅😅😅😂😂😂

KUBAA!!! Ubu rero twese twabaye IAyi??😂
11/09/2026

KUBAA!!! Ubu rero twese twabaye IAyi??😂

08/09/2026

🚨 Ubu ivyitwazo vya connexion mbi biraheze ikibazo catorewe umuti💪🔥Ibi mwabimenye?!

Ehe akabirya rero👇

1️⃣Kuri ico gihumbi nyene, uca uronka aga ticket ko kwinjira muri tombola aho ushobora kuzotsindira 200k akoreshwa mukugura iyo internet ya Spidernet

2️⃣Gushika mukwezi kwa 12, Spidernet ipanga gushira izo hotspots birenga 600 bihuriramwo abantu benshi nk'amasoko, amavuriro, ama kaminuza

3️⃣Mumisi mike muzoshobora kuriha muciye kuri Bancobu e-Noti

4️⃣Hagiye gushirwaho uburyo bwo kugura IPTV, izobaha uburenganzira bwo kuraba Netflix, France 24, n'izindi…

08/09/2026

Ibi ni ibiki koko??👀

05/09/2026

Nari nagize ubwoba ko itazogaruka😢💔

28/08/2026

Ndababwire aho nahora n’ivyari vyanshikiye??😢💔 Canke murabizi??👀
🎶: OKAY - B-Raph feat. Mr. MBONA

Kuberiki woba uri umurundi ukaba utaratora Umurundikazi “Dreamer” muri THE VOICE??👀Aha niyatsinda tuzoba turonse ikindi ...
12/08/2026

Kuberiki woba uri umurundi ukaba utaratora Umurundikazi “Dreamer” muri THE VOICE??👀

Aha niyatsinda tuzoba turonse ikindi kintu ciza co kwivugira kuBurundi🇧🇮 Ariko we umengo uri ngaho ntiwigeze umenya n'ivyabaye🤦🏾‍♂️

Oya gira Efforo tumutore twese, ubwire n'abandi bose munzu, ababanyi, abo mukorana/mwigana, musangira inzoga, abahabara, … bafyonde kuri iyi link hama batore N°4 (Dreamer)❤️
Kandi ama votes azohera hirya y'ejo🤲🏾

LINK:👇🏾
https://thevoiceafrique.com/?utm_source=partage_app&utm_medium=partage_natif&utm_campaign=invitation_ami&utm_content=menu

Nararondeye ifaranga, muguhunga wamengo ndaryagirije inda
28/07/2026

Nararondeye ifaranga, muguhunga wamengo ndaryagirije inda

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr. MBONA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mr. MBONA:

Shortcuts

Share