bestchancetv 257

bestchancetv 257 docter

ENO 🎨 CAMPANY  IHARI KUBWANYU CALL WATSUPLocation :BujumburaAv:12av Ibikorwa vyiza ukaba heza
01/03/2026

ENO 🎨 CAMPANY IHARI KUBWANYU CALL WATSUP

Location :Bujumbura
Av:12av
Ibikorwa vyiza ukaba heza

NTIMUZOVUGE KO MUTAZI GUKORESHA ORDINATEURNGUYU UMUHINGA MUKWIGISHA IMASHINE NYABWONKO
16/06/2025

NTIMUZOVUGE KO MUTAZI GUKORESHA ORDINATEUR

NGUYU UMUHINGA MUKWIGISHA IMASHINE NYABWONKO

06/06/2025

VYOSE BIRASHOBOKA IYO UBISHIZEMWO DISCIPLINE NUKWIHAGANA UGAKOMEZA UKORA

MN:DISPLINE NIMWE IGUFASHA MUGUSHIKA KUNZOZI

  makini
25/12/2024

makini

Ushobora kuba wibaza ko Imana yaguhevye kubera ubona ko abari hampande yawe baguwe neza kugusumva Ego baraguwe neza arik...
16/10/2024

Ushobora kuba wibaza ko Imana yaguhevye kubera ubona ko abari hampande yawe baguwe neza kugusumva

Ego baraguwe neza ariko rimwe narimwe iyukoze usenga usanga bamwe wabona ko barenganye aribo barinyuma uti gute
:-Imana yaguhaye iminwe kugira ukore iguhezagire uyisenge iguhe kubzra wakoze ntizoguha kubera wasenze wicaye wapi kubera wakoze

-Imana niguha wihanganye ntabwo izokwaka nkabamwe ubona ngo ubeho ubuzima bundi mugihe ugororokera iman ivyizoguha uzabiguman gushika upfuye

MN:UMUNTU AZAKUBWIRA KO IMAN ITANGA ARIYO YAKA UZAMUBWIRE K IYO ATARIYO MANA IMANA IGUHA IVYAYO YOBIKWAKA GUTE KIMWE GUMA UYUBAHA UMUGISHA NUWAYO UMUVUMO UVA MUVYAHA KWASATAN

Gukora ivyiza mwibaza ko bizatujana mwijuru :gufasha gutangindaro ..MN:ivyo numusuma arabikora umwicanyi akabikora imbor...
04/09/2024

Gukora ivyiza mwibaza ko bizatujana mwijuru :gufasha gutangindaro ..

MN:ivyo numusuma arabikora umwicanyi akabikora imborerwa akabikora rer ntuzoca uduhenda kazima nubaka amasengero canke mfasha impfuvyi nabatazi ko iman ibaha barabikora

Kimwe nuko wezwa namaraso yiwe bishoboka mugihe mpwemu ari munini gusumba ivyovyose iyucumuye ukibuka gusabimbabazi


Like&share birafasha

Benshi tuzi ko kugira Family itunze ariyo mahirwe ariko wamara kugirikibaza yamafaranga warubaziko akabura cakibazo kiga...
22/08/2024

Benshi tuzi ko kugira Family itunze ariyo mahirwe ariko wamara kugirikibaza yamafaranga warubaziko akabura cakibazo kigakemurwa numwe atacafise

MN:AMAFARANGA NAYABO SAYAWE BURYA UMUTIMA NIBWO BUTUNZI UZAHANGAMASO IJURU RIGUHE ABANTU BUMUTIMA APANA BABANYAMAFANGA

KORA LIKE NA PARTAGE

Ushobora gusenga ariko  ukishurwa utevye  nukudasenga ukishurwa vubaAKABAZO:HAGATI YUWASENZE NUWUTASENZE NDE ARI MUNYISH...
09/08/2024

Ushobora gusenga ariko ukishurwa utevye nukudasenga ukishurwa vuba

AKABAZO:HAGATI YUWASENZE NUWUTASENZE NDE ARI MUNYISHU

Today I tell you to tell the truth because your things will go well, don't trust anyone, just believe in God
30/05/2024

Today I tell you to tell the truth because your things will go well, don't trust anyone, just believe in God

Birihuti kumuntu wese yitwa umusore Ukibona ko utari ngombwa ko wironderera ifi ukayirya wabize akuya rekana navyo kuko ...
24/05/2024

Birihuti kumuntu wese yitwa umusore

Ukibona ko utari ngombwa ko wironderera ifi ukayirya wabize akuya rekana navyo kuko ukamusanga iwe uze wemere ucike umugore yibere umugabo

MN:Imana yagize umugabo umutwe wurugo izineza ko uzashobora kuriha inzu kwigisha abana nibindi wategerezwa

Ugatwarwa nubukene ukinjirira umugore wabandi canke ugasanga umukobwa munziwe yirihira ngo ugiye kubana nawe nurutwe wararitse uzavyemere ko warongowe woze amasahani icitwa umugabo agira icagaba muricogihe ubugabwa

Imbabazi

Kuvubu raba terefone yawe nivyuyikoramwo ko butazotuma bigushikana kukintu uzicuza ubuzima bwawe bwose MN:terefone nutay...
15/05/2024

Kuvubu raba terefone yawe nivyuyikoramwo ko butazotuma bigushikana kukintu uzicuza ubuzima bwawe bwose

MN:terefone nutayikoresha neza uzohava upfira hejuru nkakanyegeri menya ko terefone iriko yica benshi isambuza benshi

Murantunga

14/05/2024

Ikintu kumwe gishobora guhindura ubuzima bwawe ntakindi

uwuri gusa ugakora ikituma ubaho

Address

Bujumbura

Telephone

+254741643113

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when bestchancetv 257 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to bestchancetv 257:

Share