Nicetraco Construction

Nicetraco Construction Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Nicetraco Construction, Advertising/Marketing, Bujumbura.

Entreprise Nicetraco Construction : Nice Construction Engineering and TRAding COmpany.

✅️Multi services:construction,architecture, gestion,immobilièrs,études,suivie, réhabilitation&commerce générale:72 302 194
✅️Devise:"votre projet notre préoccupation"

30/07/2026

Kaze nawe tubatunganirize inyubako zanyu naho koba aga parcelle turagatunganya neza twisunze amategeko ni ubuhinga bw ubunyamwuga.

Whtsapp +257 72302194

30/07/2026

Chantier Bujumbura, zone buterere

Turashimira cane ababandanya batwizera .aha turiko dutunganya iyi nyubako ifise salon barza yayo ,ivyumba bibiri bikwije ibisabwa n ikindi cumba gikoreshwa nka stock na WC zibiri indani ni muri parcelle idakwiza are imwe(0.7 are) kaze namwe tubatunganirize ivyirwa ni ibicapo burya aga parcelle gato niko gakeneye intunganyo nziza kugira kavemwo ivyo mukeneye vyose.

Bujumbura 72 30 21 94 whtsapp

📊 Besoin d’un plan de maison professionnel ?Chez Nicetraco Construction nous vous proposons des plans sur mesure, adapté...
13/07/2026

📊 Besoin d’un plan de maison professionnel ?
Chez Nicetraco Construction nous vous proposons des plans sur mesure, adaptés à votre budget et à vos envies.
👉 Commandez dès maintenant !

72 30 21 94 whtsapp

Architecture  et construction 72 30 21 94  whtsapp
13/07/2026

Architecture et construction

72 30 21 94 whtsapp

13/07/2026

Architecture et construction
+257 72 30 21 94 whtsapp

Kaze tubafashe kugara inzu zanyu mu giti c ikirundi canke co muri congo.Nicetraco Construction 72 30 21 94  whtsapp
04/07/2026

Kaze tubafashe kugara inzu zanyu mu giti c ikirundi canke co muri congo.

Nicetraco Construction 72 30 21 94 whtsapp

Nicetraco Construction +257 72 30 21 94 whtsapp
30/06/2026

Nicetraco Construction
+257 72 30 21 94 whtsapp

24/06/2026

Nyimba ufise aga parcelle ahantu kw'ibarara gira Umugambi wo kwubaka inzu ifise ibibanza vy idandarizo hasi hejuru hakaja ama bureau, ivyumba vya hôtel canke appartements zo kubamwo.uwo mugambi ni mwiza cane ku bijanye na investissement inyubako. Udafise itongo ryo kwibarabara raba ahantu kure igisagara gishobora kuzoshika inyuma y imyaka nka cumi hagure uharonderere ivyangombwa ama uharangurire imigambi y uburimyi isanzwe inyuma y’imyaka cumi uzodushimira.

Nicetraco Construction 72 30 21 94 whtsapp ku bipfuza impanuro hamwe na services z ubwubatsi.

/

23/06/2026

Architecture et construction

Nicetraco Construction 72 30 21 94 whtsapp

23/06/2026

Construction de l'escalier

Address

Bujumbura

Telephone

+25772302194

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Nicetraco Construction posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share