Mega Customer Center

Mega Customer Center Plateforme de vente en ligne

MEGACC CompanyBadandaza,Turabashimira cane ingene mwiyumvira kudandazanya natweRero, turabafasha gushira kw'isoko ivyo m...
14/05/2026

MEGACC Company

Badandaza,

Turabashimira cane ingene mwiyumvira kudandazanya natwe

Rero, turabafasha gushira kw'isoko ivyo mudandaza canke muhingura, dukoresheje urubuga rwabigenewe, arirwo

Umudandaza wese, arashobora gushira Ibintu vyiwe kuri urwo rubuga ku buntu atantambamyi n'imwe kuko rwugururiwe bose; ico twebwe tumufasha, ni kumenyesha abasanzwe barukoresha yuko hariho ibidandazwa bishasha.

Ibisabwa kugira wiyandikishe, wongere ushire ivyo uhingura canke udandaza kuri MStore ni ibi:

1. Izina rya société/boutique canke izina rya service

2. Amazina yose y'umu gérant wayo

3. Téléphone

4. Email

5. Adress physique

Ushatse kwiyandikisha kugira udandaze, uca kuri :

https://store.megacce.com/register

05/05/2026

Ukaba u*i ino shop kuri , yitubwire uko yitwa muri commentaire ngaha na commentaire(review) kuri MStore BI kuri produit imwe gusa iri muriyo shop, maze wironkere akaganuke k'ama unite ya 3000 Fbu.

Mu kwinjira kuri MStore, ca kuri megacce.com

 , inyishu mu kubona ahari ibidandazwa dukenera misi yose.Mbega iyo ukeneye kugura ikintu uhora ukironderera hehe? Ntaha...
05/05/2026

, inyishu mu kubona ahari ibidandazwa dukenera misi yose.

Mbega iyo ukeneye kugura ikintu uhora ukironderera hehe?

Ntahandi atari kw isoko rikwegereye canke rya kure. Ariko rero, urashobora kutaronka umwanya wo kuja mw'isoko kandi ukeneye kugura ikintu.

Kubw iyo mpamvu, MEGACC iriko irabegeraniriza ku rubuga rumwe, abadandaza bose kugira ngo umwanya wanyu ufatwe neza.

Ukeneye ibidandazwa, koresha MStore uciye kuri https://store.megacce.com/products



Urashobora kuronka amakuru y'ibidandazwa: ibiciro, aho bidandarizwa n'ibindi, ukoresheje   urubuga rwo kudandaza no kugu...
02/05/2026

Urashobora kuronka amakuru y'ibidandazwa: ibiciro, aho bidandarizwa n'ibindi, ukoresheje urubuga rwo kudandaza no kugura ibintu mu

MEGACC Ibipfurije umusi mukuru mwiza w'abakozi n'akazi, tuwukoremwo ibikorwa birama.Révos Gikoko Didier WEGE Company Mor...
01/05/2026

MEGACC Ibipfurije umusi mukuru mwiza w'abakozi n'akazi, tuwukoremwo ibikorwa birama.

Révos Gikoko Didier
WEGE Company
Moriah Channel Tv
Asta Pisco

30/04/2026

Badandaza, mur'iyi misi ubuhinga bwo guhana amakuru bwateye Imbere, ntimusigare inyuma muguha abantu amakuru y'ibidandazwa musanzwe mucuruza canke muhingura. Mwifashishe urubuga kugira muronke abagu*i vyoroshe.


*i_umusangiwe

23/04/2026

MStore BI, urubuga rwo kugura no kudandaza mu Burundi.

MEGACC ifasha abadandaza n’abahingura ibintu kuronka abagu*i badakoresheje uburyo bwo kwamamaza :

♦ Mu kwerekana ibidandazwa n’ababidandaza biciye ku rubuga MStore BI
♦ Mu guha akaryo abagu*i ko kugira ama commandes ku rubuga batarinze gushika ahari ibidandazwa (ku mangazine)

Aho iba iriko ifasha abagu*i kugabanya umwanya n’uburyo bakoresha wo kurondera ivyo bagura kubadandaza.

Koresha MStore BI woroherwe nawe mu kuronka ibidandazwa.

Mbega birashoboka ko umuntu agurira ikintu ku rubuga atabanje gushika mw'isoko canke k'umudandaza? Mbe ni bande bashobor...
19/04/2026

Mbega birashoboka ko umuntu agurira ikintu ku rubuga atabanje gushika mw'isoko canke k'umudandaza?
Mbe ni bande bashobora kugurira ibintu ku rubuga bikabasanga aho bari?



1. Cane rwose birakunda ko umuntu agurira ku rubuga aguriye kuri magasin y'umurundi nyene. Koresha uca ubibona.

2. Abashobora kugurira ku rubuga ni abantu bafise umwanya muto wo gutembera mu masoko, abarangura ibidandazwa badakeneye kurinda gushika mu mahinguriro, abanyacubahiro n'abamenyekana bamwe bigora gutembera mu masoko.

Mudandaza, ni ahawe ho gufata ako karyo keza ko gushira ivyo udandaza kuri kugira uronke n'abanyacubahiro n'abamenyekana bagura ibintu vyawe mu gihe bosanga babikeneye.

*i_umusangiwe


Megacce Store is an ecommerce platform for various categories of products/goods, established by MEGACC Society, headquartered in Bujumbura City, Burundi. The platform allows buyers to easily find sellers and make online purchases of the products they need.

Mbega mu Burundi birashoboka ko umuntu agurira ikintu ku rubuga, kuri magasin y'umurundi nyene? Mbe ni bande bashobora k...
19/04/2026

Mbega mu Burundi birashoboka ko umuntu agurira ikintu ku rubuga, kuri magasin y'umurundi nyene? Mbe ni bande bashobora kugurira ibintu ku rubuga bikabasanga aho bari?

1. Cane rwose birakunda ko umuntu agurira ku rubuga aguriye kuri magasin y'umurundi nyene. Koresha uca ubibona.

2. Abashobora kugurira ku rubuga ni abantu bafise umwanya muto, canke aabanyacubahiro n'abamenyekana bamwe bigora gutembera mu masoko.

Mudandaza, nahawe ho gufata ako karyo keza ko gushira ivyo udandaza kuri kugira uronke n'abanyacubahiro n'abamenyekana bagura Ibintu vyawe mu gihe bosanga babikeneye.

Ukeneye kubona ibidandazwa kuri MStore BI, injira kuri : store.megacce.com/products

*i_umusangiwe


Kuri ya soko yacu yagutse, dushishikara kubazanira abadandaza b'ibintu bitandukanye mukenera imisi yose.Abageze gusiga i...
17/04/2026

Kuri ya soko yacu yagutse, dushishikara kubazanira abadandaza b'ibintu bitandukanye mukenera imisi yose.

Abageze gusiga inzu zabo, n'abo ntitwabibagiye. SODEFM ibafitiye amarangi ibakorera ubwayo bivanye n'ivyo umu client yipfuza.

Ukeneye kubona ayo marangi, simbira kuri magasin yabo musanga kuri MStore muciye hano

https://www.store.megacce.com/stores/sodefm

Aho muri hose mu Burundi barabafasha mu kubaronsa ayo marangi, Murahawe kaze




Bakunzi bacu, turabaramukije amahoro y'ImanaMuri wa mugambi wo gukingira ibidukikije mukugabanya ibiti n'amakara bikores...
14/04/2026

Bakunzi bacu, turabaramukije amahoro y'Imana

Muri wa mugambi wo gukingira ibidukikije mukugabanya ibiti n'amakara bikoreshwa mu gutegura ivyo dufungura, MEGACC yabazaniye kuri imbabura zituma mukoresha uburyo bukeye mukongera mugakingira ibidukikije. Wipfuza kumenya vyinshi bijanye nazo, birabe kuri magasin y'umudandaza wazo uciye kuri https://store.megacce.com/stores/highsystemtechnology

Canke mutwandikire kuri +25772147013


Mega Customer Center

Address

Avenue Tanganyika
Bujumbura
257

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mega Customer Center posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Mega Customer Center:

Share