12/01/2023
Chany Queen]] arabandanya guhakana yemeza yuko atigeze avyarana na Lolilo Simba Ntare]] Tuzi neza yuko bigeze gushuhana Ari nawe Lolilo Simba Ntare]] yasize mumuziki Chany Queen]] Lolilo Simba Ntare]] avugako wewe yavyaranye na Channel uwo Chany Queen]] ntawazi azi channel mbega tubifate gute? 🤣😂 Duhige umwana atubwire see ko maman yanse kuvuga papa W umwana < Aho nigihe umwana akura yanka abavyeyi ivyo ubivugakwiki ko tuzi neza wewe war umugenzi mukuru muribo tubifate gut?