Business Fashion & Health

Business Fashion & Health Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Business Fashion & Health, Advertising/Marketing, Bujumbura.

12/06/2025
🥻Amakanzu meza y'imara rubanza , importés no gusonesha vyose ni hano        ------------------- ⚡Wama wipfuza kwambara n...
01/02/2025

🥻Amakanzu meza y'imara rubanza , importés no gusonesha vyose ni hano
-------------------
⚡Wama wipfuza kwambara neza ariko ukabura aho ugurira impuzu zigushika kumutima?
⚡Wama ubona abandi bambaye agakanzu keza ariko ntumenye aho basumira?
💥Uyu munsi ubaye umunya mugisha.

💥Dufise ama kanzu meza cane.
Kandi turashona modèles zose mwipfuza.

🫴 Kaze rero. Dukorera muri centre ville 🇧🇮
Avenue de la mission
Galerie 2-Star Shop Mall.

🛑Kugura iziri disponible canke kugira commande ni muri C08.
🛑Gusonesha naho ni muri D09.
Akabeyi nako, ni keza cane !!
Kaze mwese!

📱Contact: +257 69433033 (Whatsapp)

Turakora décor nziza cane mu mazu no mumanza------------------------------Mwipfuza gukoresha décor imeze neza munzu iwan...
21/01/2025

Turakora décor nziza cane mu mazu no mumanza
------------------------------
Mwipfuza gukoresha décor imeze neza munzu iwanyu?

Mwipfuza decor yo mumanza canke ayandi ma événements ?
Dutumeko kuko turi babitumwako:
Tubikora neza kandi mumwanya muto.

Dukorera muri Galerie 2-Star Shop Mall, C08.

Mufise ico ubaza, twakure kuri
+257 69 433 033 (Whatsapp)

Mwipfuza ama rideaux meza? Kaze iwacu------------------------------Mwipfuza ama rideaux meza cane? Kaze kuri Avenue de l...
21/01/2025

Mwipfuza ama rideaux meza? Kaze iwacu
------------------------------
Mwipfuza ama rideaux meza cane? Kaze kuri Avenue de la mission Bujumbura 🇧🇮
Galerie 2-Star Shop Mall, C08 mwipfuza kugirisha commande.

Kaze muri D09 mwipfuza gusonesha. Tubakorera neza cane kukabeyi keza.

Mufise ico ubaza, twakure kuri
+257 69 433 033 (Whatsapp)

👗 udukanzu twiza tw'abana? Ntahandi hogusumira------------------------------Mwipfuza kwambika abana banyu bakaberwa?Mwip...
15/01/2025

👗 udukanzu twiza tw'abana? Ntahandi hogusumira
------------------------------
Mwipfuza kwambika abana banyu bakaberwa?
Mwipfuza uduhuzu twabo tugezweho?
Ntahandi muronka nziza cane Mwipfuza atari ngaha iwacu.

Kaze kuri Avenue de la mission Bujumbura 🇧🇮
Galerie 2-Star Shop Mall, C08, iziri disponible canke commande.

Mwipfuza gusonesha kaze muri D09

Mufise ico ubaza, twakure kuri
+257 69 433 033 (Whatsapp)

👔🕴️Costumes nziza z'aba papa ni ngaha------------------------------Mwipfuza ama costume meza agezweho?Mwipfuza kwambara ...
08/01/2025

👔🕴️Costumes nziza z'aba papa ni ngaha
------------------------------
Mwipfuza ama costume meza agezweho?
Mwipfuza kwambara neza muri 2025?
Mwipfuza iziri importés canke gusonesha? Vyose ni hano nyene!!

Kaze Kuri Avenue de la mission Bujumbura 🇧🇮
Galerie 2-Star Shop Mall, C08.

Mufise ico ubaza, twakure kuri
+257 69 433 033 (Whatsapp)

Gura udusakoshi tugezweho na 2025------------------------------Mwipfuza udusakoshi tumeze neza?Mwipfuza amakanzu meza y'...
04/01/2025

Gura udusakoshi tugezweho na 2025
------------------------------
Mwipfuza udusakoshi tumeze neza?
Mwipfuza amakanzu meza y'aba mama?
Amakanzu meza y'abigeme?
Amashati meza y'abagabo?
Udupira twiza tw'abakenyezi?
Mwipfuza gusonesha modele zigezweho ?
Kaze Kuri Avenue de la mission Bujumbura
Galerie 2-Star Shop Mall, C08.

Ufise ico ubaza, twakure kuri
+257 69 433 033 (Whatsapp)

🥻👚👔Shaza uberwe muri 2025        ------------------- Wipfuza gushaza ukaberwa muri 2025? Wipfuza aho wogurira impuzu nzi...
04/01/2025

🥻👚👔Shaza uberwe muri 2025
-------------------
Wipfuza gushaza ukaberwa muri 2025?
Wipfuza aho wogurira impuzu nziza kandi zigezweho?
Wipfuza gusonesha modele nziza ?
Kaze mwese muri centre ville 🇧🇮
Avenue de la mission
Galerie 2-Star Shop Mall muri C08

Contact: +257 69433033 (Whatsapp)

03/11/2024

03/11/2024

Address

Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Business Fashion & Health posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share