BMT Buja

Call Directions Contact the business

BMT Buja Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from BMT Buja, Advertising/Marketing, Bujumbura.

Burundian Movies and Talents (BMT) est une société à but lucratif qui a senti la nécessité de contribuer dans le développement et amélioration du domaine cinématographique au Burundi,

Kuvyukuri bakunda cinéma y’uburundi…bakunda ibikorwa vy’abakinyi ba film b’abarundi, ndetse bakora uko bashoboye mukumen...
09/07/2026

Kuvyukuri bakunda cinéma y’uburundi…bakunda ibikorwa vy’abakinyi ba film b’abarundi, ndetse bakora uko bashoboye mukumenyekanisha ibijanye na film zo muburundi.
Ariko harigihe bahuguza 😀😀😀

Raba ngo Cadeau Ravelle ntagikorwa gifadika arabonekamwo muruwu mwaka 🤔🤦‍♂️ kandi bakabivuga batayobeweko aheruka gukora muri film ya Ficofico yitwa Urukundo niki ? Mukaba muherutse nokumenyeshwa ko harikindi gisasu arimwo kigiye gusohoka kuva hariya muri 3FA company

DICO wa na Fridolin wa baba bashaka gukubitamwo agasukari ngo abakunzi babo tube turakubitako commentaires 😀😀😀
Muhumure natwebwe turi mukumugarukana, vuba inyenyeri izongera iseruke mugicu cayo

😀👇

https://www.facebook.com/share/p/18Qz3zL49t/

Ugire intango y'indwi nziza.
06/07/2026

Ugire intango y'indwi nziza.

Director & Camera man   Ejo aho bukera mwakuyu  bagiye kubaha ijambo ry'ihumure.
05/07/2026

Director & Camera man Ejo aho bukera mwakuyu bagiye kubaha ijambo ry'ihumure.

Cadeau Ravelle official  harukuntu  twakumbuye  imbuga ejo nikugaruka.
04/07/2026

Cadeau Ravelle official harukuntu twakumbuye imbuga ejo nikugaruka.

🍟Kuri uyu wa mbere itariki 20/04/2026  Assurance BIC   yateguye amahugurwa kubakozi bayo ndetse n’abafatanya-bikorwa bay...
20/04/2026

🍟Kuri uyu wa mbere itariki 20/04/2026 Assurance BIC yateguye amahugurwa kubakozi bayo ndetse n’abafatanya-bikorwa bayo muntumbero yogushimangira ubumenyi no kwigisha intumbero nshasha zayo

hafi yawe ❤️💚

Week-end nziza na Assurance BIC na
17/04/2026

Week-end nziza na Assurance BIC na

Mr GitiManager wacu, master planner wacu, Mr bwengeTurakwemera  cane👌Ariko itegeko washizeho ritubuza kurekura irya film...
17/04/2026

Mr Giti
Manager wacu, master planner wacu, Mr bwenge
Turakwemera cane👌
Ariko itegeko washizeho ritubuza kurekura irya film yacu vuba bwangu riraturemereye🤦‍♂️
Nyarutsa ivyo biharuro vyawe bihere twikorere umuti shaa
hejuru cane 🙌

Ahuri hose ugire weekend nziza
10/04/2026

Ahuri hose ugire weekend nziza

Amaraso Ya Yesu kristo niyo ya tugize abana b'Imana Pasika nziza kuri mwese BMT Buja na Assurance BIC turifatanije kukwi...
05/04/2026

Amaraso Ya Yesu kristo niyo ya tugize abana b'Imana Pasika nziza kuri mwese

BMT Buja na Assurance BIC turifatanije kukwifuriza umusi mukuru mwiza

Iyi film yuwu mwana Pakita mwayibonye gute?Abafise abana nka Pakita mwiture Assurance BIC mumaguru masha ataruko murahah...
26/03/2026

Iyi film yuwu mwana Pakita mwayibonye gute?
Abafise abana nka Pakita mwiture Assurance BIC mumaguru masha ataruko murahahombera😀😀Abatarayibona twabahaye link muri commentaire iri kuri YouTube Channel Abel Nduwayo muraza kuyikunda cane
Muri Assurance BIC Niho honyene ugira ubwishingizi ukabaho u*i neza ko ataruhombo uzogira kumatungo yawe mugihe c’ingorane
Mwiture Assurance BIC ibafitiye bishasha vyinshi bizobaha umutekano kubutunzi bwanyu no kumagara yanyu

Address

Bujumbura
257

Telephone

+25776604015

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when BMT Buja posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to BMT Buja:

Shortcuts

Share