Wii'Deal

Wii'Deal WiiDeal est une Emission de promotion, de vente, de marketing, initiée par JUMUIYA TV et BE CHAP TV

01/04/2024

Sezera gutunga inzara ziguma zicika, Jimmy nails yabazaniye umuti.
Isuku ry'inzara n'iyo deal yiwe kandi arishimira umusaruro ariko arabironkamwo.

29/02/2024

Umutetsi karuhariwe twamugendeye atubwire ibanga akoresha

26/02/2024

Uburundi burakeneye aba-artistes bacapa kugira buse neza; Uyu musi twagendeye umunyamwuga muvyo gucapa!

afise indoto yo guterera kugira Uburundi buse neza biciye mu mpano yiwe yo gucapa no gushushanya. TUMWUMVIRIZE

📺 BE CHAP TV IJISHO RY'URWARUKA MW'ITERAMBERE

24/01/2024

Be chap tv hamwe na Jumuiya TV muri wa mugambi Wii'Deal twagendeye ihayanishwa gurisha ryateguwe n'umugambi Paeej-Burundi twasanze umwigeme akora ivyo gushariza mubibanza biberamwo imanza
Muvyo twaganiriye yatubwiye akarusho kahari utosanga ahandi ko abigeme uwo mwuga bawukora neza mbere nogusumba abagabo
Kurikirana ikiganiro cose muvyiyumvure

22/01/2024

Urwaruka rubandanya ruvumbura bishasha nacane cane ibiteza imbere igihugu

Wii'Deal na Be chap tv twagendeye umuyabaga ahingura ifumbire iseseka nk'amazi

04/11/2023

Umusozi uvamwo amazi water ngo niwo wambere mukuryosha amazi iyo wihereje nice water ngo ntayandi wosubira kwiyumvira bivugwa n'uwurongoye urwo ruganda

03/11/2023

BM Production uruganda rutunganya amareresi mu buhinga bugezweho, amadiri yoba yifashe gute?

26/10/2023

Ibitamenyerewe mu Burundi twagendeye
umurimyi w'ikizinu

10/10/2023

Ahingura akazikuramwo ama jus
Yatuyagiye uko yabitanguye n'inyungu abikuramwo afashijwe n'umugambi w'igihugu Paeej-Burundi
Arahanura urundi rwaruka
Ni muri wa mugambi Wii'Deal wa Jumuiya TV ( Jumuiya TV ) na Be chap tv mukwerekana ama yanyu aho muri hose

10/10/2023

Akataraboneka twige guhingura amavuta yogushira mumishatsi mu ma vocat
Uyu muyabaga aratwiganira uko amubeshejeho kandi yiteze no guteza imbere igihugu
Arahanura urundi rwaruka
Ni muri wa mugambi Wii'Deal wa Jumuiya TV ( Jumuiya TV ) na Be chap tv mukwerekana ama yanyu aho muri hose

10/10/2023

🍌 Tuyisenge W***y, ahingura amameshi (mèches) mu gitoke😍, mu ntara ya Rutana, afashwe mu mugongo na Paeej-Burundi twamubazaniye utubwire uko abikora.

Nimurabe ubuhinga budasanzwe akoresha
Ni mu kiganiro Wii'Deal ca Be chap tv na Jumuiya TV Jumuiya TV
Mufise ivyo meipfuza kumenyekanisha mutwiture tubibafashemwo

📺👀 Tumukurikire 👇

27/09/2023

"Mega Customer Center" rirabafasha kurondera aba clients b'ibidandazwa n'ama services yanyu bitabagoye.
Ni mu kiganiro Wii'Deal ca Be chap tv na Jumuiya TV

Address

Hotel Source Du Nil
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Wii'Deal posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Wii'Deal:

Share