31/01/2026
🏨 Inyuma y'ibikorwa vyinshi mwakoze mundwi yose, kaze muruhukire muri Romantique Hôtel ku Muzinda 🏞️
Abantu benshi baramaze kuhamenya. Hageze iyoweek-end, abantu bari mu karuhuko (vacances), abari mu rugendo rw’akazi canke abaishakira gusa ahantu hatuje ho kuruhukira basigaye biyizira muri Romantique Hôtel.
Wawundi ngo izinaniryo muntu? Ntiyabeshe!!
Kaze wirabire serivisi zinyaruka kandi nziza. Uhash*tse, uraruhuka, uraryoherwa, uratahura ico kwitabwaho bivuze!
🎉 Kaze muri Hôtel ku ,inzu yakira ingenzi mu buryo bugezweho kandi bwizewe!
Muti none akabirya kaho n'akahe?
🛏️ Ivyumba bisukuye kandi vyinshi
🍛 Ibiribwa bitandukanye biteguwe neza
🍹 Ibinyobwa bimeze neza kandi vy’akamaro ku mubiri
🍱Ntibikenewe kuva hotel usohoka kurondera ivyo gufungura n'ivyo kunywa vyose biri aho nyene, bikaba bitegurwa n’ababimenyereye.
📍 Mbega uhashika gute?
Ugeze kw' isoko rya Muzinda, kurikira ibarabara riduga, ucubona pancarte twerekana iyo hotel.
📞 Ushobora no guhamagara kuri : +257 65 500 175 bakaza kugutora.
:
📲Koresha Réservation kuri WhatsApp : +257 72 104 583
✨ Romantique Hôtel, ni Romantique vyukuri.
_________
Wipfuza kumenyekanisha ivyo ukora biciye kuri Burundi Marketing Center ? Twandikire kuri 61 30 58 73