P moses

P moses Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from P moses, Social Media Agency, Bujumbura.

😳🙌🏿  Abapasitori barenga 10 bagaragaye bariko barasengera Donald Trump mu biro vyiwe .  Bariko barasenga ngo afate ingin...
06/03/2026

😳🙌🏿 Abapasitori barenga 10 bagaragaye bariko barasengera Donald Trump mu biro vyiwe . Bariko barasenga ngo afate ingingo zibereye cane cane kurugamba barimwo muri Iran 🇮🇷.

Basengeye kandi abasirikare bakuru ba Amerika n'abari ku rugamba .

ZEMURATUBWIRA BAGENZI natwe ntibatugirire nabi 😭🤣🤣🤣
06/03/2026

ZEMURATUBWIRA BAGENZI natwe ntibatugirire nabi 😭🤣🤣🤣

04/03/2026

Shout out to my newest followers! Excited to have you onboard! Fabien Nkurikiye, Fabrice Burundi Mathiasi, Isaac Issa Nsengiyumva, Isaac Niyonkuru Homme, Hakizimana Batazira Dada, Festus Abel, David Ndikuriyo, Čësãr Čűëtã, Ali Asuman, Ntiranyibagira Richard, Ndayikengurukiye Jean Marie, Salvator Manariyo, Manirambona Costantin, Severin Kobako, Gaston Nzopfabarushe, Mpungwe Gilbert's, Fredy Fredy

03/03/2026

With Rich dizzo – I just made it onto their weekly engagement list by being one of their top engagers!

02/03/2026

The american solders are crying

🟥  Iran Ntihagarikwa koko 🤣Ministre w’Ububanyi n’Amahanga wa   yatangaje ko ibitero vyakozwe na Iran kuri yo “bidashobor...
02/03/2026

🟥 Iran Ntihagarikwa koko 🤣

Ministre w’Ububanyi n’Amahanga wa yatangaje ko ibitero vyakozwe na Iran kuri yo “bidashobora kwijanuko Bitishuwe”.
Haheze iminota mike ayo majambo ayavuze, yaciye imurungikira izindi misile cumi (10) Icarimwe zerekeza i . 🙈🙄

Yashavuye🤦‍♂️

01/03/2026

Don't try this at home

01/03/2026

USA vs IRAN inkomoko y'intambara

🇮🇷🚀🔥 Irani yongeye gutera ibisasu ku kirindiro c'ingabo za Amerika kiri i Doha muri Qatar muri iki gitondo c'uwa 1/3/202...
01/03/2026

🇮🇷🚀🔥 Irani yongeye gutera ibisasu ku kirindiro c'ingabo za Amerika kiri i Doha muri Qatar muri iki gitondo c'uwa 1/3/2026.

Doha, Dubai ni hamwe hazindukiye ibitero bindi vya Irani aho yarahiye ko itegerezwa kwihora.Dubai Ku kivuko kinini caho ...
01/03/2026

Doha, Dubai ni hamwe hazindukiye ibitero bindi vya Irani aho yarahiye ko itegerezwa kwihora.

Dubai Ku kivuko kinini caho ni ho Hari bimwe mu bitero vy'indege zitagira aba pirote ( drone )

Qatar nkahari ibirindiro binini vy'Amerika ni muri kimwe mu bihugu biriko bikorerwako.

Hagati aho mu Buhinde abantu amamiliyoni bihereje ibarabara canke amabarabara biyamiriza iyicwa rya Ayatollah n'abandi . Ese biraza guha ishusho iyihe ibihugu ? Ntawubizi.

Ubwo rero ibitero bikabandanya, intambara ya Congo iraba igiye mu kabati,mu mwanya muto, kandi uwobihomberamwo ni leta ya Kinshassa

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when P moses posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share