27/11/2023
IMPANURO YA GUSA, IKIYAGO GISUMBA IKIVI
📝Inzara nimbi, ikijama cica akazi
_______
Iyo ufise umugambi wo kwubaka ni vyiza cane KO urondera abantu babahinga kandi babizigirwa uheze ubahereze akazi utaravye nkunzi, ikindi iyo umufundi agusavye amafaranga y'agahembo uraraba KO atarengeje urugero, usanze yasavye ayagereranye umuhe akazi kuko muri bino bihe Hari abihenda Ayo ubemereye yose bakayakira ariko ntibakugeze kwihangiro ryawe,
_____
Twibukanye neza KO mubintu vyose iyo ushatse utwamake akenshi birangira uhomvye.
Abafundi benshi nabo iyo baronse uwubahereza ikiraka akaba atari hagufi baba baronse akanya KO kwiba nogukora akazi bikurako kuko baba bibwirako uwuri mumahanga atigera abura amafaranga canke ayaronka vyoroshe cane, iyo bitabaye uko abandi bakora bashaka gusahura bakabifata nk'amahigwe aza rimwe gusa.
______
Twashoboye kuyaga n'umwe mubakora ibikorwa vyo kwubakisha Kuri kino kibazo nyene, Nawe ntiyahakanye KO ibi biriho ariko akavuga KO ababikora bica umwuga kandi KO biyica nabone ubwabo, guhemukira uwakwizeye nikwicira imizi mukuzimu kuko who uzosanga warisambuye cane, vyiza worya ayashoka kandi ubonye ibiharuro mutabihurijeko wokwigendera ataco wononye
_____
Yarangije atubwira ko mw'ishirahamwe bakoreramwo akenshi bashima kuvuganira hamwe inyubako yose bakayitanga iheze ibizoyikora navyo bagaheza bakavyandika mumasezerano
Twifuje kumenya ivyo bakora yatubwiye KO bafise ama service meza kandi yose akenewe muvy'inyubako za none
🏗️🚧conception, Exécution, Devis et calcul, caméra de surveillance, travaux de rénovation et de finition, décoration d'intérieur et d'extérieur, plafonds diverses,construction des piscines, création des sites Web,...
_______________
Arangiza agira ati uwokenera kutwitura yoturondera Kuri
📞+257 68231 906
Canke Aho dukorera muri commune NTAHANGWA ZONE Kamenge
MIRANGO1 RN1
________