Menyekanisha Agency

Call Directions Website Contact the business

Menyekanisha  Agency Agence de Marketing digital. Publicité,gestion des réseaux sociaux des clients, Marketing et vente.
(1)

26/08/2026

🇧🇮🍯Koresha amavuta y' Amahoke kubw'amagara yanyu.

Menya ivyiza vy' amavuta y' akorwa na
Societé Twijukire ibikorwa Twiteze imbere.

🔰Ni Amavuta meza, aryoshe
👉Ni amvuta atarimwo icunyunyu kibi ca cholésterole
🔰Ni amavuta meza kubarwaye ba Diabetes canke ivumbjka ry' umurindi w'amaraso.....

WIpfuza kugura canke kurangura? Urayaronka i , n' ahandi.

Contact: Hamagara kuri +257 69 09 23 28/ 79 591 307

-----------
Mwipfuza kumenyekanisha ivyo mukora? Twakure kuri +25761305873 (Whatsapp).


KUBERA IKI UKENEYE GUKORESHA "BEURRE DE KARITÉ?"Beurre de karité ni amavuta meza cane yo kwisigauwariwe wese akeneye. Ak...
17/08/2026

KUBERA IKI UKENEYE GUKORESHA "BEURRE DE KARITÉ?"

Beurre de karité ni amavuta meza cane yo kwisigauwariwe wese akeneye. Akabirya rero ni kubantu bafise ibibazo vyo kwumagana ku rukoba, umwera, amahere, imishatsi ivungagurika n'ibindi. Inyange Cosmetics yabazaniye Beurre de karité nk'inyishu.

🧈Beurre de karite ni amavuta meza cane akoreshwa cane muri Afrika y'Uburengero. Akaba yigaragaje nk'ayavura indwara zitandukanye cane cane zo kurukoba hamwe no kugira neza n'imishatsi.

🧈Ni amavuta akoreshwa cane haba mu buvu*i canke mu nganda zihingura amavuta yo kwisiga kuko bazi akamaro kayo:
💥Atunze ivyunyunyu bikomeye nka Vitamine A, D, E, F..
💥 Afasha umubiri guhorana itoto.
💥 Ni amavuta meza ushobora gusiga abana
💥Afasha umubiri kworoha no kuguma utagase.
💥 Arafasha kubafise indwara zo kurukoba nka eczema,kuko bigatuma utumagana.
💥Aravura amaherehere ku mubiri
💥 Beurre de karite afasha mu kuvura umwera no kuma kumubiri
💥Agabanya iminkanyari.
💥 Asubiza ubu*ima uturemagingo twononekaye ( cellules) no kwiyongera
💥Afasha kugabanya amaribori n’inkovu.
Arifashishwa no kuvura amavunja.
💥Afasha mu kurinda imishwarara y' izuba

🧈 Beurre de karité ku mishatsi

💥Beure de karité ni amavuta meza cane ku mishatsi.
💥Atuma imishatsi akayirinda gucikagurika
💥Atuma imishatsi iba myiza cane kandi ikoroha

Igiciro : 10.000 fbu kuri matoya
20.000 fbu kuri manini

Muyasanga mu gisagara ca Bujumbura. Ari ico mubaza, canke mushaka kurangura, hamagara kuri: +257 61 30 58 73 (WhatsApp)

💇🧓 Woba u*i ko hari amavuta meza y'imishatsi atakindi woyagereranya?🧓🪔 Ayo mavuta  Yitwa Berwa Oil.Ni amavuta meza  (Hui...
18/06/2026

💇🧓 Woba u*i ko hari amavuta meza y'imishatsi atakindi woyagereranya?

🧓🪔 Ayo mavuta Yitwa Berwa Oil.
Ni amavuta meza (Huile d'avocat) kandi ni 100% naturel.

💥Atuma imishatsi yawe isubira itoto kandi igakura
💥Arakomeza imishatsi akayirinda gucikagurika
💥Arorosha imishatsi
N'ibindi vyinshi.

🚨Akabirya rero, ni uko imishatsi yawe iguma iro naturel kandi ikirabura.
Ariko n'uwasize, produit, uwufise ibisuko bose arayakoresha.

Kaze rero!!

📞Ari ivo mubaza, twakure kuri +25761305873 (Whatsapp)

hamagara: 79423480/67150505
Whatsapp : 77898377

: Hamagara: 71846482/62255212

🇧🇮🇧🇮Nimba ukunda gushaza hamwe na Cherie wawe, ndabazaniye bishasha trainings nziza cane kuri couple. Raba nawe ngiziguc...
10/06/2026

🇧🇮🇧🇮Nimba ukunda gushaza hamwe na Cherie wawe, ndabazaniye bishasha trainings nziza cane kuri couple.

Raba nawe ngizigucike.

Ufise icubaza, twandikire kuri Whatsapp +25761305873

Akabeyi ni keza cane ngimugaya!

Kaze muri groupe Whatsapp: https://chat.whatsapp.com/Gt3VXWwawuM1gOOmZ1yO2k?s=cl&p=a&mlu=3

💇🧓 Menya amavuta meza y'imishatsi bose basigaye bakoresha🧓🪔Yitwa Berwa Oil.Ni amavuta meza  (Huile d'avocat) kandi ni 10...
18/03/2026

💇🧓 Menya amavuta meza y'imishatsi bose basigaye bakoresha

🧓🪔Yitwa Berwa Oil.
Ni amavuta meza (Huile d'avocat) kandi ni 100% naturel.

💥Atuma imishatsi yawe isubira itoto kandi igakura
💥Arakomeza imishatsi akayirinda gucikagurika
💥Arorosha imishatsi
N'ibindi vyinshi.

🚨Akabirya rero, ni uko imishatsi yawe iguma iro naturel kandi ikirabura.
Ariko n'uwasize, produit, uwufise ibisuko bose arayakoresha.

Kaze rero!!

📞Ari ivo mubaza, twakure kuri +25761305873 (Whatsapp)

hamagara: 79423480/67150505
Whatsapp : 77898377

: Hamagara: 71846482/62255212

🍹Woba wipfuza gukora jus yo mubikaju? 🎰Twakuzaniye  machine ikora imitobe y'ibikaju(imisigati) canke ibindi vyamwa ushob...
16/02/2026

🍹Woba wipfuza gukora jus yo mubikaju?

🎰Twakuzaniye machine ikora imitobe y'ibikaju(imisigati) canke ibindi vyamwa ushobora gukanya,iri kw'isoko.

🤞Ni imashine imeze neza cane kandi ikiri nzima.

💵Akabeyi ni keza cane

☎️Uwuyikeneye twandikire kuri +25761305873 (Whatsapp)

🏨  Week-end irageze, kaze muruhukire muri Romantique Hôtel  ku Mu*inda 🏞️    Ushaka Hotel nziza itekanye yo kuruhukiramw...
13/02/2026

🏨 Week-end irageze, kaze muruhukire muri Romantique Hôtel ku Mu*inda 🏞️

Ushaka Hotel nziza itekanye yo kuruhukiramwo?

Uri muri vacances ? Uri mu rugendo rw’akazi?
Ufise ibikorwa wipfuza gukora utekanye atawukugora?

🎉 Kaze muri Hôtel ku *inda ,inzu yakira ingenzi mu buryo bugezweho kandi bwizewe!

Muti none akabirya kaho n'akahe?

🛏️ Ivyumba bisukuye kandi vyinshi
🍛 Ibiribwa bitandukanye biteguwe neza
🍹 Ibinyobwa bimeze neza kandi vy’akamaro ku mubiri

🍱Ntibikenewe kuva hôtel usohoka kurondera ivyo gufungura n'ivyo kunywa vyose biri aho nyene, bikaba bitegurwa n’ababimenyereye.

📍 Mbega uhashika gute?

Ugeze kw' isoko rya Mu*inda, kurikira ibarabara riduga, ucubona pancarte twerekana iyo hotel.

📞 Ushobora no guhamagara kuri : +257 65 500 175 bakaza kugutora.

:
📲Koresha Réservation kuri WhatsApp : +257 72 104 583

✨ Romantique Hôtel, ni Romantique vyukuri.
_________
Wipfuza kumenyekanisha ivyo ukora biciye kuri Burundi Marketing Center ? Twandikire kuri 61 30 58 73

🧓 MENYA AMAVUTA MEZA ATUMA IMISHATSI YAWE IDACIKA KANDI IGAKURAUmaze iminsi wipfuza kuronka amavuta meza wosiga imishats...
23/01/2026

🧓 MENYA AMAVUTA MEZA ATUMA IMISHATSI YAWE IDACIKA KANDI IGAKURA

Umaze iminsi wipfuza kuronka amavuta meza wosiga imishatsi yawe ikaba myiza? Igakura? Igakomera?

Humura inyishu yabonetse

🤙Berwa Oil niyo mavuta yambere 💯 naturelle agira neza imishatsi :

🥑💇Arakuza imishatsi, Arorosha imishatsi, arakomeza imishatsi, ikagororoka, ikavyibuha, n'ibindi vyinshi.

Abayakoresheje baradushingiye intahe:

M. D yagize ati: " Mwaramutse neza. Numva ntokwigumizamwo ivyiza vy'aya mavuta mwandungikiye.. Jewe narinsanzwe mfise umushatsi mwinshi ariko udasutse sinirirwa ndigora ngo nowusokoza ariko kuva lundi bayanzaniye narasize ncandatuza, nongera nsiga mercredi ncandawusuka nukuri ejo (Samedi) narasokoje igisokozo gicamwo cigira, waragororotse biteye nubwoba."

M. E nawe agira ati: "Jewe nari mfise umwana yarafise udushatsi kamwe hariha akandi hariya. Ariko kuva ntanguye kuyakoresha, ubu ntimworaba umushatsi afise. Najewe ubu niyo nkoresha aha igi cheveux ndahenura.."

Mufise ico mubaza, twakure kuri +257 61 30 58 73

: Mushobora kuyaronka muri ville munsi ya KCB

Q. Nyabiharage, kuri Galerie Mama Ilka.
: Marché Burengo

Address

Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Menyekanisha Agency posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Menyekanisha Agency:

Shortcuts

Share