KING SALVA

Call Directions Website Contact the business

KING SALVA video et stories FGHDARTYH

Uyu musore ngo yakoze iki ko mbona kumbuga aguma yerekanwa? yoba ari umuroberi yafashwe?
30/09/2026

Uyu musore ngo yakoze iki ko mbona kumbuga aguma yerekanwa?
yoba ari umuroberi yafashwe?

Dukuyemwo icitiranwa KUMENA,KWASA NOGUTURITSA tubwire ibindi vyitiranwa vyirivuga GUKUBITA
29/09/2026

Dukuyemwo icitiranwa KUMENA,KWASA NOGUTURITSA tubwire ibindi vyitiranwa vyirivuga GUKUBITA

Ibazeko yarasiwe mundege imwe arikumwe na president w'Uburundi bavuye mubiganiro vyoguhagarika intambara yari arimwo nin...
29/09/2026

Ibazeko yarasiwe mundege imwe arikumwe na president w'Uburundi bavuye mubiganiro vyoguhagarika intambara yari arimwo ninyeshamba za kagame ariko akaba afatwa nkuwateguye genocide yakorewe abatutsi mu rwanda.

ko icitwa genocide catanguye ahejeje kurasirwa mundege, iyo genocide yomwagirizwa gute?

Hagati y'urwanda na belgique ni ikihe gihugu gifise umubano mubi cane kurusha ikindi kuburundi?
29/09/2026

Hagati y'urwanda na belgique ni ikihe gihugu gifise umubano mubi cane kurusha ikindi kuburundi?

KUMBE TURIKO TURATAMBA TUVAMWO!!!WEWE UBONA 2037 UZOBA UMAZE GUSHIKA KUKI?
28/09/2026

KUMBE TURIKO TURATAMBA TUVAMWO!!!

WEWE UBONA 2037 UZOBA UMAZE GUSHIKA KUKI?

VUGA IZINA RY'IGIHUGU GICIYE KIZA MUMUTWE UKIBONA IYI PHOTO!😂
28/09/2026

VUGA IZINA RY'IGIHUGU GICIYE KIZA MUMUTWE UKIBONA IYI PHOTO!😂

28/09/2026

TUTABESHANYE UBU UGEZE MUBA EX BANGAHE?

uyu mubikira ni umurundikazi?ko nguma ndamubona kuri FCBK
27/09/2026

uyu mubikira ni umurundikazi?

ko nguma ndamubona kuri FCBK

26/09/2026

80% BARANANIRWA

UMUSUZI NI IKI?

26/09/2026

AYANDI 20.000
TOMBOZA UKO MATCH RETOUR Y'INTAMBA M'URUGAMBA ZIZOTSINDANA MARDI
USIGE LUMICASH

Address

Bujumbura

Telephone

+25768942965

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when KING SALVA posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to KING SALVA:

Shortcuts

Share