𝑺𝒐𝒓

Directions

𝑺𝒐𝒓 Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from 𝑺𝒐𝒓, Marketing Agency, π‘©π’–π’šπ’†π’π’›π’Š, Bujumbura.

amakuru mashasha Antony Gordon ngo aranezerewe cane no kubona yarash*tse mu murwi wa FC barcelone akaba yavuze ko yiteze...
25/07/2026

amakuru mashasha Antony Gordon ngo aranezerewe cane no kubona yarash*tse mu murwi wa FC barcelone akaba yavuze ko yiteze gutanga vyinshi kurusha kandi ngo akaba aryohewe cane kubona yavuye mu equipe nserukiragihugu yubwongereza atanze vyinshi bikenewe akaba ngo aje gufashanya nabandi mu murwi wa FC barcelone ngo aranezerewe cane no kwibona barikumwe nigihangange cumupira wamaguru ariwe Lamine yamal ngo aranezerewe cane
OFFICIEL

amakuru akorotse ubu nyene ku mbuga ngurukana bumenyi Julian Alvarez ngo abandanya abwira uburongozi bwa Atletic Madrid ...
25/07/2026

amakuru akorotse ubu nyene ku mbuga ngurukana bumenyi Julian Alvarez ngo abandanya abwira uburongozi bwa Atletic Madrid ko uyu mwaka wa 2026-2027 yipfuza gukinira umurwi wa FC barcelona uko vyogenda kwose hama uburongozi bwa Atletic madrid bukaba bwemeye kongera kuyaga na laporta president wa FC barcelona kumahera yoshobora gutanga kuri Julian Alvarez
OFFICIEL

amakuru mashasha ash*tse ubu nyene kumbuga ngurukana bumenyi kumukinyi wa Atletic Madrid Julian Alvarez ngo Atletic Madr...
25/06/2026

amakuru mashasha ash*tse ubu nyene kumbuga ngurukana bumenyi kumukinyi wa Atletic Madrid Julian Alvarez ngo Atletic Madrid yamwemereye gikinira umurwi wa FC Barcelone akaba ash*tse asinya imyaka igera kuri itanu akinira uwu mugwi wa FC Barcelone abafana ba FC barcelone muvyifashemwo gute kuriyi transfere ya coach Hans frick
OFFICIEL

amakuru mashasha agezweho umukinyi  largi lamazani akinira umugwi wa valance mu gihugu ca espan mu cicaro CA mbere akaba...
18/06/2026

amakuru mashasha agezweho umukinyi largi lamazani akinira umugwi wa valance mu gihugu ca espan mu cicaro CA mbere akaba agiye gukinira umugwi nserukiragihigu intamba murugamba ww uvyifashemw gt kuruwumukinyi .

Amakuru ashushe cane ava kumukinyi akiri muto cane Amazina yiwe yitwa EDMOND NISHIMWE Batazira "NGORO" Afise impano idas...
27/05/2026

Amakuru ashushe cane ava kumukinyi akiri muto cane Amazina yiwe yitwa EDMOND NISHIMWE Batazira "NGORO" Afise impano idasanzwe akana hagati neza cane kunimero 8,10 yaciye mumigwi itandukanye :Nka TEL AVIV AC Mucicaro ca mbere ndetse yahora akinira umugwi wa Magara Young Boys mucicaro ca kabiri,Ubutuvugana amasezerano bari bafitaniye asa nayaheze
Ubu akaba yigenga tumwitege uyumwaka mucicaro cambere.
mbega abamubonye unomwana vyukuri mwomubonye gute????
Duhurire muri Commaint!!!!

umuntu wese azi ko ari umufana wintamba mu rugamba yiteze guhura na MOROC na GUiNE equatorial woba ubona izinkino tuzozi...
14/05/2026

umuntu wese azi ko ari umufana wintamba mu rugamba yiteze guhura na MOROC na GUiNE equatorial woba ubona izinkino tuzozifatamwo gute ishura muri komentaire uko ubibona wongere utange na scolo wiyumvamwo

umukobwa wumukinyi bita Rasia abandanya avyitwaramwo neza muhiganwa rya limiter womens league ryo mucicaro ca mbere mugi...
12/05/2026

umukobwa wumukinyi bita Rasia abandanya avyitwaramwo neza muhiganwa rya limiter womens league ryo mucicaro ca mbere mugihugu cuburundi akaba ariko atwara nubushimwe butandukanye muri iryo higanwa.

ubonyik??
12/05/2026

ubonyik??

barca is back to the market
21/04/2026

barca is back to the market

Address

π‘©π’–π’šπ’†π’π’›π’Š
Bujumbura

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when 𝑺𝒐𝒓 posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Shortcuts

Share