11/08/2026
🛑 Umurwi uri muyikomeye cane muma chorales y' abadiventiste b' umusi wa karindwi witwa ugiye gusohora indirimbo yabo bise ; indirimbo itegerejwe cane n' aba na bariya cane cane abigeze kubona ino chorale iriko irahimbaza.
Tubamenyeshe ko uno murwi wigeze gucisha ibikogwa vyawo kuri YouTube nyuma baza kugira ikibazo kumbuga zabo harimwo n' iyo YouTube nyene ariko ubu baragarutse n' izindi mbuga zabo nshasha kumavuta n' ubundi mashasha!