Ineza Magazine

Ineza Magazine ๐—ง๐˜‚๐—ฟ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐—บ๐—ฎ๐˜‡๐—ฎ , Tugatanga Amakuru agiye atandukanye y'๐—œ๐—บ๐˜†๐—ถ๐—ฑ๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐—ฑ๐˜‚๐—ฟ๐—ผ ๐ŸŽนโšฝ๐Ÿ’ป๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐ŸŒŽ

Wipfuza ko tukwamamariza akura kuri
๐—ก๐—จ๐— ๐—˜ฬ๐—ฅ๐—ข : (+257) 68000833
(7)

๐Ÿ”ด๐Ÿ—ฃ๏ธ   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : ๐—จ๐—•๐—จ๐—š๐—˜๐—ก๐—œ ๐—•๐—ช๐—”๐—›๐—”๐—š๐—”๐—ฅ๐—œ๐—ง๐—ฆ๐—ช๐—˜ ๐—›๐—”๐—ฆ๐—œ๐—š๐—”๐—ฌ๐—˜ ๐—œ๐— ๐—œ๐—ฆ๐—œ ๐— ๐—œ๐—ž๐—˜ ๐—ก๐—š๐—ข ๐—•๐—จ๐—•๐—˜ !! ๐Ÿ˜ฑโŒ๐Ÿ’ Ubukwe bwโ€™umusore nโ€™inkumi bo mwโ€™Ishengero rya Pant...
12/09/2026

๐Ÿ”ด๐Ÿ—ฃ๏ธ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : ๐—จ๐—•๐—จ๐—š๐—˜๐—ก๐—œ ๐—•๐—ช๐—”๐—›๐—”๐—š๐—”๐—ฅ๐—œ๐—ง๐—ฆ๐—ช๐—˜ ๐—›๐—”๐—ฆ๐—œ๐—š๐—”๐—ฌ๐—˜ ๐—œ๐— ๐—œ๐—ฆ๐—œ ๐— ๐—œ๐—ž๐—˜ ๐—ก๐—š๐—ข ๐—•๐—จ๐—•๐—˜ !! ๐Ÿ˜ฑโŒ

๐Ÿ’ Ubukwe bwโ€™umusore nโ€™inkumi bo mwโ€™Ishengero rya Pantecote no mu bwari bwitezwe kuba kuri uyu wa 19 Nyakanga 2026, ariko bwahagaritswe hasigaye imisi mike.

โœ๐Ÿฟ Amakuru avuga ko abo bari bagiye kwubaka bafashe ingingo yo gutangura kubana imbere yโ€™umusi wโ€™ubukwe, ariko impamvu yatumye babikora ntiramenyekana.

๐Ÿ˜ฑ Hari nโ€™abavuga ko hari ikintu cabaye hagati yabo ku wa 4 Nyakanga , ariko ivyo ntibiratangazwa n'abari hafi yabo ngo hemezwe ko ari ukuri.

โœ… Ishirahamwe rya ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mu Burundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ rirabamenyesha ko mukwugurura ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mwokwuzuza Code Promo ๐—œ๐—ก๐—˜๐—ญ๐—”๐Ÿญ kugira muronke BONUS ya 300%

12/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : Uku niko yaje aberewe mu rukino iraye itsinzwe na Al Hilal 1-0 aho iciye isezererwa muri CAF Champions League y'uno mwaka.

Al Hilal1-0 Aigle Noir ( Aggr 3-0 ) ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Ineza Magazine ๐Ÿ’™

๐Ÿšจ๐Ÿšจ   ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ : Uku niko Umuririmvyi   yahaye icubahiro Prezida wa Tanzania   mukumwihanganisha mu bihe arimwo vy'Umubabaro vy...
12/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ๐Ÿ‡น๐Ÿ‡ฟ : Uku niko Umuririmvyi yahaye icubahiro Prezida wa Tanzania mukumwihanganisha mu bihe arimwo vy'Umubabaro vyo kubura Umugabo wiwe "Hafidh Ameir Hassan".

โœ… Ishirahamwe rya ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mu Burundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ rirabamenyesha ko mukwugurura ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mwokwuzuza Code Promo ๐—œ๐—ก๐—˜๐—ญ๐—”๐Ÿญ kugira muronke BONUS ya 300%

12/09/2026

๐Ÿ”ด : Irabire Igitego gitangaje kiriko kivugisha isi aheruka kwinjiza mu myimenyerezo. ๐Ÿ‘‘๐Ÿ‘๐Ÿฟ

Kazoza kuno mwana gashobora kuzoba gateye ubwoba ๐Ÿ˜ฑ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ

Ineza Magazine ๐Ÿ’™

๐Ÿšจ๐Ÿšจ   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : Amahera atavuye mu makori, umusaruro waragabanutse muri 2025/2026 uravye iyindi myaka iheze.Ni mucegeranyo gis...
12/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : Amahera atavuye mu makori, umusaruro waragabanutse muri 2025/2026 uravye iyindi myaka iheze.

Ni mucegeranyo gishikirizwa na Nestor Ntahontuye, umushikiranganji wambere. Hari mu nama Nshingamateka na Nkenguzamateka yabaye kuri uyu wa 11/09/2026.

Ineza Magazine ๐Ÿ’™

๐Ÿšจ๐Ÿšจ   ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : Umwe mubafise izina rikomeye mu muziki wo mu Burundi no mukarere   , yatangaje ko agiye gushira hanze indirimb...
11/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ : Umwe mubafise izina rikomeye mu muziki wo mu Burundi no mukarere , yatangaje ko agiye gushira hanze indirimbo nshasha ari kumwe na MUGISHA Benjamin azwi nka . ๐Ÿ”ฅ๐Ÿค”

๐Ÿ—ฃ๏ธ Inyuma y'imyaka itari myishi cane hafi itandatu 6 , Sat-B ahuriye mumuziki na mu ndirimbo bise , agiye kwongera kwumvikana mu ndirimbo nshasha n'Umunyarwanda The Ben. ๐ŸŽ™๏ธ๐Ÿ‘๐Ÿฟ

Ineza Magazine

๐Ÿšจ๐Ÿค— ๐—ข๐—™๐—™๐—œ๐—–๐—œ๐—˜๐—Ÿ ! Ferran Torres est รฉlu ๐— ๐—˜๐—œ๐—Ÿ๐—Ÿ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐—๐—ข๐—จ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐——๐—˜ ๐—Ÿ๐—” ๐—ฆ๐—˜๐— ๐—”๐—œ๐—ก๐—˜ en Ligue des Champions ! ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ๐Ÿ† Un mot pour lui โœ๐ŸฟIneza ...
11/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿค— ๐—ข๐—™๐—™๐—œ๐—–๐—œ๐—˜๐—Ÿ ! Ferran Torres est รฉlu ๐— ๐—˜๐—œ๐—Ÿ๐—Ÿ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐—๐—ข๐—จ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐——๐—˜ ๐—Ÿ๐—” ๐—ฆ๐—˜๐— ๐—”๐—œ๐—ก๐—˜ en Ligue des Champions ! ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‡ช๐Ÿ‡ธ๐Ÿ† Un mot pour lui โœ๐Ÿฟ

Ineza Magazine ๐Ÿ’™

๐Ÿšจ๐ŸŽ™๏ธ Ntibisanzwe !!! Umuririmvyikazi ๐—ฉ๐—”๐—ก๐—œ๐—” ๐—œ๐—–๐—˜ yatunguye abantu ashira hanze umuhungu mwiza cane kw'isi yamutwaye umutima...
11/09/2026

๐Ÿšจ๐ŸŽ™๏ธ Ntibisanzwe !!! Umuririmvyikazi ๐—ฉ๐—”๐—ก๐—œ๐—” ๐—œ๐—–๐—˜ yatunguye abantu ashira hanze umuhungu mwiza cane kw'isi yamutwaye umutima.

Igihe yabazwa n'umumenyeshamakuru umuhungu mwiza cane akunda canke yipfuza mu Rwanda yishuye kwari ๐—ฌ๐—ฉ๐—”๐—ก ๐—–๐—ฌ๐—ข๐— ๐—ข๐—ฅ๐—ข , imfura ya Prezida Kagame.

Avuga ko mu Burundi, Rwanda ndetse no kw'isi nzima , uyu ariwe muhungu wa mbere yamutwaye umutima bidasanzwe.

โœ… Ishirahamwe rya ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mu Burundi๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ rirabamenyesha ko mukwugurura ๐Ÿญ๐—ซ๐—•๐—˜๐—ง mwokwuzuza Code Promo ๐—œ๐—ก๐—˜๐—ญ๐—”๐Ÿญ kugira muronke BONUS ya 300%

11/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ ๐—ก๐—ง๐—œ๐—•๐—œ๐—ฆ๐—”๐—ก๐—ญ๐—ช๐—˜ !!! Hashobora kuba hari gishasha kiriko kirategurwa hagati ya n'Umuririmvyi wo mu Rwanda ๐Ÿ‡ท๐Ÿ‡ผ . mugume hafi mukanya isase muraronka umuco ujanye n'ino Vidรฉo๐ŸŽฅ๐Ÿ”ฅ

Ineza Magazine ๐Ÿ’™

๐Ÿšจ๐Ÿšจ "Ko twababona nka Jack na Rose muri Titanic mwagiye hehe, MURIHE ko mutakivugwa... Mona yatinye gufata Risk ateranya ...
10/09/2026

๐Ÿšจ๐Ÿšจ "Ko twababona nka Jack na Rose muri Titanic mwagiye hehe, MURIHE ko mutakivugwa... Mona yatinye gufata Risk ateranya abajama B-Face na Drama-T bo bacika abansi,..."

๐Ÿ—ฃ๏ธ Ayo n'amwe mumajambo meza cane ari mu ndirimbo , umuririmvyikazi araye ashize hanze. Imwe mu ndirimbo ndundi zisohotse uyu mwaka zikozwe ku buhinga bugezweho.

๐ŸŽฅ Ni indirimbo asohoye yibungenze imbanyi y'uwo atarashima gushira hanze. Ifise amashusho meza y'igitangaza yahinyanyuwe n'umuhinga .

Link ๐Ÿ”— muri Commentaire turabe intambwe idasanzwe umuziki murundi ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ ugezweko kano kanya ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ”ฅ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ๐Ÿ‘‡๐Ÿฟ

Address

Bujumbura

Opening Hours

Monday 08:00 - 18:30
Tuesday 08:00 - 18:30
Wednesday 08:00 - 18:30
Thursday 08:00 - 18:30
Friday 08:00 - 17:30
Saturday 09:00 - 17:00

Telephone

+25768000833

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ineza Magazine posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Ineza Magazine:

Shortcuts

Share