Umudugo Business

Umudugo Business 🌍 La page de Publicité et Marketing

🔴 Cliquez sur "J'aime 👍🏾"

🔴   🇧🇫  Abigeme bafashe mu minwe kazoza kabo, kandi baramaze gutahura ko nabo bashoboye. Ubu ivyahora bimenyerewe ko bik...
27/08/2024

🔴 🇧🇫

Abigeme bafashe mu minwe kazoza kabo, kandi baramaze gutahura ko nabo bashoboye. Ubu ivyahora bimenyerewe ko bikora abagabo gusa, nabo bariko baravyijukira kubikora.

Akarorero, ni uyo mwigeme wo mu gihugu ca Burkina Faso biyumviriye na mugenzi we gushiraho ahantu ho gukorera ama motos.Akaba ari nabo bazikora. Umugabo umwe ipine yagize ikibazo, ayitwaye kumufundi, yabonye uwo mukobwa ariwe ariko arayikora aratamgara.

Abo bigeme ni icitegererezo kuri wewe mukobwa wiyumvira ko hariho imyuga y'abahungu gusa. Abakobwa barashoboye.

🔴 Ibintu bigiye kuryoha kandi muri Jerome Fast food delivery. Babateguriye ibidasanzwe mu ntumbero yo kurangiza neza vac...
16/08/2024

🔴 Ibintu bigiye kuryoha kandi muri Jerome Fast food delivery. Babateguriye ibidasanzwe mu ntumbero yo kurangiza neza vacance kubanyeshure. Ntimutangwe. Karibu utumire na mugenzawe.

Ushaka kugira commande, akura kuri:
71 377 747

🔴 Umwana akiri muto, abikora neza cane!Yitwa Dichou, ni umurundikazi   akaba akora ama   meza cane. Niwe avyikorera, kan...
16/08/2024

🔴 Umwana akiri muto, abikora neza cane!

Yitwa Dichou, ni umurundikazi akaba akora ama meza cane. Niwe avyikorera, kandi hari ico bimumariye. Impano yiwe aripfuza kuyikuza cane mbere akore nibirenze ivyo.

Akabirya kiwe, izo bracelet ntabwo zicuya kandi utudede ni original. Ku bantu bipfuza kubera, karibu mumushorere Dichou.

Hamwe woba ukeneye kugira commande, hamagara kuri: +257 69 32 47 30

Africa irashoboye. Dushigikire ibikorewe iwacu.

🔴 Birakomeye! Umu jeune yakoze ama cable USB!Iterambere ririko riraza muri   :  ,   🇳🇬. Hari umu jeune ava mu gihugu ca ...
11/08/2024

🔴 Birakomeye! Umu jeune yakoze ama cable USB!

Iterambere ririko riraza muri : , 🇳🇬. Hari umu jeune ava mu gihugu ca Nigeria akora ama câbles USB za telephones na tablettes made in .

Duhe agaciro ibikorewe muri Africa kandi dushigikirane. Turikumwe birashoboka cane.

🔴 Ibi nivyo tuba dushaka rero! Iri ni ihinguriro ryo muri Guinée Conakry, rikora ku buhinga bugezweho, rihingura ibitamb...
10/08/2024

🔴 Ibi nivyo tuba dushaka rero!

Iri ni ihinguriro ryo muri Guinée Conakry, rikora ku buhinga bugezweho, rihingura ibitambara 100% made in Guinée 🇬🇳.

Ihinguriro TEAL Industrie Sanoyah ni société ikora impunzu, rifise ubushobozi bwo gukora ama tissus afise 30 000 mètres ku kwezi.

Africa 🌍 irashoboye.

Guhingura ivyacu bizana kazoza keza!

Murakoze gu Followinga page yacu, no kugira partage🙏.

🔴Umwami w'isima muri Africa!Yitwa Anas Sefrioui uwambere agurisha i ciment nyinshi muri  . Ni umurwizatunga wo mu gihugu...
10/08/2024

🔴Umwami w'isima muri Africa!

Yitwa Anas Sefrioui uwambere agurisha i ciment nyinshi muri . Ni umurwizatunga wo mu gihugu ca Maroc, uwatanguje ciments d'Afrique( CIMAF ).
Afise amahinguriro yiwe mu bihugu 11 twamenye vyo muri Africa ( Burkina Faso, Cameroun, Cote d’Ivoire, Gabon, Ghana, Guinée Bissau, Guinée Conakry, Mali, Maroc, Mauritanie, et Tchad.) akaba akora imiliyoni 13 zama tonnes ya ciment ku mwaka.

Africa 🌍 irashoboye.

🔴 Wa mu maman yitahuye ng'uyu!!!Akunda akaranga n'ibikorewe muri Africa 🌍. Yitwa Adama Bah, yagize  modèle canke marque ...
08/08/2024

🔴 Wa mu maman yitahuye ng'uyu!!!

Akunda akaranga n'ibikorewe muri Africa 🌍. Yitwa Adama Bah, yagize modèle canke marque yiharije y'impuzu : Mode by Ada.

Africa irashoboye.

🔴 Uyundi murundi abikora neza! Hamwe nuko musanzwe muryohererwa Roll Eggs zakanovera tubakorera, turashobora no kuzibasa...
08/08/2024

🔴 Uyundi murundi abikora neza!

Hamwe nuko musanzwe muryohererwa Roll Eggs zakanovera tubakorera, turashobora no kuzibasanza aho muba muri hose mu gisagara ca Bujumbura no mumicungararo yaho maze mubandanye mugubwa neza na service zacu.

Izindi services dutanga:

*Service traiteur 🧑‍🍳🍽️
*Commade des gâteaux pr vs fêtes 🎂
*Formation en cuisine
*Consultance pour entreprises Hôteliers

Ivyo bikaba bikorerwa muri Jerome Fast Food Delivery.

Tel: +257 71 377 747

🔴 Aba maman nkaba nibo bakenewe! Yitwan Nana Fatouma Mint Habi. Akaba ari umu entrepreneure, yagiye arakora ibintu bitan...
08/08/2024

🔴 Aba maman nkaba nibo bakenewe!

Yitwan Nana Fatouma Mint Habi. Akaba ari umu entrepreneure, yagiye arakora ibintu bitandukanye, muri commerce ,muvya restaurantion, n'ibindi...

Haraheze imyaka afasha urwaruka mu kubaha inyigisho z'imyuga, cane cane ku bakobwa. Yaciye yugurura ishure ryigisha imyuga rifise intumbero yo kwigisha abakobwa imyuga itandukanye kugira bikenure mu buzima.

Imyuga b**a ni :
- Gushona
- Gukora amasabuni
- Guteka
- Gusokoza imishatsi
- tatouages
- Pâtisserie
- ⁠Maquillage, pédicure, manucure

Hamwe amashure y'imyuga yoba menshi, ubushomeri bwogabanuka.

06/08/2024

Igitangaza! I machine irima ku rundi rwego!

🔴 Ng'uyu umwigeme w'akarorero keza!Uyu ni umwigeme akiri Umunyeshure, ari mu murima wiwe wa aubergines. Yaratahuye yuko ...
06/08/2024

🔴 Ng'uyu umwigeme w'akarorero keza!

Uyu ni umwigeme akiri Umunyeshure, ari mu murima wiwe wa aubergines. Yaratahuye yuko isi ndimwa itabesha ariko ishobora kumuhemba.

Africa irashoboye. Akajambo kamwe kuri uyo mwigeme...

🔴 Igihugu gifise amata menshi muri Afurika! Igihugu ca Kenya 🇰🇪  nico gihugu cambere gikama amata menshi, cashoboye guka...
06/08/2024

🔴 Igihugu gifise amata menshi muri Afurika!

Igihugu ca Kenya 🇰🇪 nico gihugu cambere gikama amata menshi, cashoboye gukama amaritiro miliyaridi 5,8 mu mwaka wa 2023.

Africa irashoboye.

Address

Boulevard De L'Uprona
Bujumbura

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Umudugo Business posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share