03/12/2023
Ngaba abantu 12 nubwo mugendana canke mubana udakwiye kwizera ngubimariremwo canke ngowemereko bakumenya wese
1.umuntu atagirira impuhwe abandi ⚠️nawe ntazo azokugirira
2.umuntu yigira mwiza imbere yawe ariko akaguma akubaza ibibazo vyubuzima bwawe ⚠️
3.umuntu ashimishwa nivyago bibaye kubandi⚠️nawe nivyakubako bizomuryohera
4.umuntu yamakuzanira inkuru zabandi⚠️mutarikumwe ayaga rwawe⚠️
5.umuntu akubwira amajambo akakubwirango ntuzobivuge⚠️nawe rwawe arabiyaga akababwira ukwonyene
6.umuntu atemera amakosa yiwe⚠️
7.umuntu akwibuka harivyo ashaka umufashe ubimukoreye udasubira kumubona canke atongera kukwandikira⚠️
8.umuntu ahindukana nibihe akikubona agufata nabi ariko yumvako harico warose agaca agufata neza akakwitaho birenze⚠️niwakene azongera kukwanka
9.umuntu agukorera iciza akaguma abivuga⚠️
10.umuntu akuryideni ntakwishure⚠️nejo azokwusura
11.umuntu yama aguhayagiza cane bidafise impamvu⚠️icaguhigako niyakibura azoca aguponda
12.umuntu agupostinga harico wamuhaye ⚠️nutamwongera azohoraposta ngabantu bari abakera⚠️
Ababantu muzobane ubirinda kuko bashobora kukubabaza cane ahuzotangara ngoyari umugenzi wohafi sinarinziko yonkorera ibi🚰🚰🚰🚮🚮🚮