๐—Ÿ๐—ฎ๐—ฐ๐˜€ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—ก๐—ผ๐—ฟ๐—ฑ ๐— ๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐˜‡๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—Ÿ๐—”๐—ก๐—ข๐— 

  • Home
  • Burundi
  • Kirundo
  • ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ฐ๐˜€ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—ก๐—ผ๐—ฟ๐—ฑ ๐— ๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐˜‡๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—Ÿ๐—”๐—ก๐—ข๐— 

๐—Ÿ๐—ฎ๐—ฐ๐˜€ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—ก๐—ผ๐—ฟ๐—ฑ ๐— ๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐˜‡๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—Ÿ๐—”๐—ก๐—ข๐—  ๐™๐™š๐™ซ๐™ž๐™ซ๐™ค๐™ฃ๐™จ ๐™ก๐™š๐™จ ๐™–๐™˜๐™ฉ๐™ช๐™–๐™ก๐™ž๐™ฉ๐™šฬ๐™จ ๐™™๐™ช ?

17/02/2026

๐ŸŸฃ๐Ÿ”ตReal Madrid uwu niwo mukinyi wambere amaze kumenyekana ko azosohoka mumurwi muci David Alaba

David Alaba ngo aramaze kwemeranya na Real Madrid muci ngo bazotandukana niwe mukinyi 100% amaze kwemezwa ko azosohoka muri Hala Madrid

Fabrizio Romanoโœ…

Ntimwibagire kurungikira incuti zanyu amafranga muciye kw iyi code
10/01/2026

Ntimwibagire kurungikira incuti zanyu amafranga muciye kw iyi code

๐Ÿšจ ๐—”๐—ก๐—ง๐—ข๐—œ๐—ก๐—˜ ๐—ฆ๐—˜๐— ๐—˜๐—ก๐—ฌ๐—ข ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ญ ๐—˜๐—ฆ๐—ง ๐—Ÿ๐—˜ ๐—๐—ข๐—จ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐—š๐—›๐—”๐—ก๐—˜ฬ๐—˜๐—ก ๐—Ÿ๐—˜ ๐—ฃ๐—Ÿ๐—จ๐—ฆ ๐—–๐—›๐—˜๐—ฅ ๐——๐—˜ ๐—Ÿโ€™๐—›๐—œ๐—ฆ๐—ง๐—ข๐—œ๐—ฅ๐—˜ ! ๐Ÿค‘๐Ÿฅ‡ Antoine Semenyo โ€“ ๐Ÿณ๐Ÿฑ ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ ๐Ÿฅˆ Mohammed Kudus โ€“...
09/01/2026

๐Ÿšจ ๐—”๐—ก๐—ง๐—ข๐—œ๐—ก๐—˜ ๐—ฆ๐—˜๐— ๐—˜๐—ก๐—ฌ๐—ข ๐Ÿ‡ฌ๐Ÿ‡ญ ๐—˜๐—ฆ๐—ง ๐—Ÿ๐—˜ ๐—๐—ข๐—จ๐—˜๐—จ๐—ฅ ๐—š๐—›๐—”๐—ก๐—˜ฬ๐—˜๐—ก ๐—Ÿ๐—˜ ๐—ฃ๐—Ÿ๐—จ๐—ฆ ๐—–๐—›๐—˜๐—ฅ ๐——๐—˜ ๐—Ÿโ€™๐—›๐—œ๐—ฆ๐—ง๐—ข๐—œ๐—ฅ๐—˜ ! ๐Ÿค‘

๐Ÿฅ‡ Antoine Semenyo โ€“ ๐Ÿณ๐Ÿฑ ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ
๐Ÿฅˆ Mohammed Kudus โ€“ ๐Ÿฒ๐Ÿฐ ๐— โ‚ฌ๐Ÿ’ฐ
๐Ÿฅ‰ Thomas Partey โ€“ ๐Ÿฑ๐Ÿฌ ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ
4๏ธโƒฃ Mohammed Kudus โ€“ ๐Ÿฐ๐Ÿฏ ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ
5๏ธโƒฃ Michael Essien โ€“ ๐Ÿฏ๐Ÿด ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ
6๏ธโƒฃ Ernest Nuamah โ€“ ๐Ÿฎ๐Ÿด ๐— โ‚ฌ ๐Ÿ’ฐ

 : Arikumwe na komiseri ajejwe umutekano mu ntara ya kirundo, Buramatari w iyo ntara yashikirije icese abakuru b'imitumb...
17/05/2023

: Arikumwe na komiseri ajejwe umutekano mu ntara ya kirundo, Buramatari w iyo ntara yashikirije icese abakuru b'imitumba bari kumwe n'aba porisi abahetsi b'imitumba, amaterefone yaguzwe na , bazohora bifashisha mw'itumatumanako kugirango batunganirize neza abenegihugu babituye. Nayo ku mbuga hwaniro nk uko hama hibonekeza abasuma biba abantu biyitirira indongozi, Buramatari Albert asaba abenegihugu kuba maso bakaza baramenyesha abajejwe umutekano kugirango abo bangushi batuzwe.
๐Ÿ“ท:kirundoprovince

 : Mugihe yarahejeje kwakira Umukuru wa Sentare Ntahinyuzwa, Eric  , Umuhanuzi mwishikira mu biro vya Buramutari w Intar...
22/04/2023

: Mugihe yarahejeje kwakira Umukuru wa Sentare Ntahinyuzwa, Eric , Umuhanuzi mwishikira mu biro vya Buramutari w Intara ya Kirundo, yibukije abenegihugu kugwiza ibikorwa kugira ngo babashe guhangana n iduga ry ibiciro mumasรณko. Mukiyago yaciye agirana n abenegihugu bo muri Komine Kirundo bari bitabiriye ibikorwa, Emmanuel , Umukuru wa Sentare Ntahinyuzwa (Cour Suprรชme), yabibukije kwama na ntaryo bitwararika ibikorwa vy iterambere rusangi batibagiye gukingira ibidukikije. Yahamagariye indongozi n'abajejwe ubutungane gukarihiriza ubwenge abajejwe intahe yo kumugina mukubaha ubumenyi muvy'amategeko. Hari mu bikorwa rusangi vyabereye ku musozi k**a, uhanamiye igisagara ca kw iri genek rya 22/4/2023.
Isanamu๐Ÿ“ท:

Breacking News ๐ŸŽˆBurya kwamamara ntibisaba umwanya muremure mugihe ukiri ngaha kw isi.Iyi nkuru ya Mukeshimana Anniella b...
06/04/2023

Breacking News
๐ŸŽˆBurya kwamamara ntibisaba umwanya muremure mugihe ukiri ngaha kw isi.
Iyi nkuru ya Mukeshimana Anniella batazira ikomeje kuvugisha benshi,
Kirungo avuka muntara ya ariko akaba aba muntara ya i Butihinda.
Mumasaha yโ€™Igitondo Musitanteri wa commune Butihinda yasohoye itangazo ryo kwomora kubutaka bwa commune Butihinda ngo kuberako uyu muntu atwara abagabo babandi

Mumasaha yakurikiye Buramatari wa yaciye ahagarika iyo ngingi ya musitanteri kuko itisunze amatego.
nguwo arifatiye heardline gusumba uwo twibuka le 6๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ

 : Umuyobozi Mukuru wa    yakiriwe mu mubonano n' Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ugushigikirana no gufatana munda...
05/04/2023

: Umuyobozi Mukuru wa yakiriwe mu mubonano n' Umushikiranganji muvyo ajejwe harimwo ugushigikirana no gufatana munda, Hon. Imelde . Muvyo bayaze bagarutse kubijanye n' iterambere ry' abanyamyuga n'ugufasha abanyamyuga bagendana ubumuga mvabwenge mu kubw iterambere ryabo mu gihugu. Ir Ruben , ashikiriza abanyamyuga ko ukutaja muri MANAAC ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ, bisa n ukwihemukira. Abandanya avuga ati, umunyamwuga ntamere nk uwuronse amahirwe kare hama ngo aje kwikangura yamurenganye. Twese hamwe na MANAAC๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ๐Ÿ‡ง๐Ÿ‡ฎ
https://www.facebook.com/100064087892994/posts/612974067515518/

 : Imvura ivanze n'urubura yaguye ku mugoroba wo ku wa gatatu igenekerezo rya 19.10.2022, muri Komine   yarononye ibintu...
20/10/2022

: Imvura ivanze n'urubura yaguye ku mugoroba wo ku wa gatatu igenekerezo rya 19.10.2022, muri Komine yarononye ibintu bitari bike bitaramenyekana igitigiri harimwo amazu, imirima n'ibindi.

Imvura ivanze n'umuyaga mwishi yarononye kandi imirima y'ibitoke muri Komine ku mutumba wa . Ivyo vyabaye inyuma yaho kuri uwo mutumba nyene haheruka k***a imvura ikonona ibiterwa amazu nayo akaguruka.
๐Ÿ“ทc/c

 : Mw'irushanwa ry'ugutora umwigeme w'incabwenge, w'akaranga, mu ntara ya Kirundo, kuri uyu w Imana igenek rya 28/8/2022...
27/08/2022

: Mw'irushanwa ry'ugutora umwigeme w'incabwenge, w'akaranga, mu ntara ya Kirundo, kuri uyu w Imana igenek rya 28/8/2022 harategenakijwe ihiganwa rya nyuma , rizobera mu nyubakwa za Hotel Leberur Calme Chez NINAHAZE haruguru y ishengero Pentecote Bushaza, guhera isaha icenda z umuhingamo (15h). Imigambi irashe, inyishu nziza ku bibazo bazobazwa, ubwiza, akaranga hamwe n ibindi vy urufatiro biteguwe muri iryo higanwa, ni bimwe muvyitezwe mw itorwa ry uwo mwigeme w akaranga azoserukira Intara ya Kirundo

 : Inyuma yo gutegura amatafari yo kwubaka ifuru izofasha kuduza ibirasi vy ishure  ku mutumba  , kuwa 17/8/2022, Umuvye...
21/08/2022

: Inyuma yo gutegura amatafari yo kwubaka ifuru izofasha kuduza ibirasi vy ishure ku mutumba , kuwa 17/8/2022, Umuvyeyi wa Komine Kirundo yaciye yifatanya n abenegihugu bo ku mutumba munama yagiranye n'abarovyi baho. Muvyo barabiye hamwe harimwo kwambara uduhuzu (gilet), dutuma badatwarwa biroshe mu kiyaga, ukwubahiriza imbibe z igihugu, kudaha ikibanza kinini abana bari munsi yimyaka 15 baja mukiyaga, ugutuza imitego itemewe (filet maillant), no kwubahiriza kiremwa muntu wese nivyo Musitanteri wa Kirundo Viateur arikumwe n'Umunyamabanga w Inama nkuru ijejwe umutekano hamwe n uwujejwe igisirikare kirwanira mumazi bayaze nabo benegihugu ba Ceru/Komine Kirundo.

 : Abatamvyi b intambo k**a, (Artiste&Artisanat) mu ntumbero yo kugendera kw ijambo bayagiwe na Sebarundi ry'uko iyo mic...
12/08/2022

: Abatamvyi b intambo k**a, (Artiste&Artisanat) mu ntumbero yo kugendera kw ijambo bayagiwe na Sebarundi ry'uko iyo mice yishize hamwe boshigikirwa, niho umwe mu rwaruka Ruben yiyumviriye ikintu co gushira hamwe abanyamyuga bose batandukanye mu gihugu kugira bashinge urwego ruhuza amashirahamwe n ama koperative. Urwo narwo rukaba rwarahejeje kwitunganya mu ntumbero yo kwiteza imbere, batibagiye no gutanga ikori kubikorwa vyabo. N'ubwo ari gusozera ivyirwa hanze y'igihugu Ir Ruben yarizewe nk'umuyobozi mukuru w iryo shirahamwe -Burundi. Kubw'uyo Muyobozi Mukuru, arashima iyo ntambwe kuko biboneka ko ari umwe mumusaruro uva mubiganiro Sebarundi atunganiriza abenegihugu.

 : Inama y imvukira z intara ya Kirundo iriko irabera mu nyubakwa za Hotel Shinge na  Rugero, iriko iraremeshwa n'Umuvye...
07/08/2022

: Inama y imvukira z intara ya Kirundo iriko irabera mu nyubakwa za Hotel Shinge na Rugero, iriko iraremeshwa n'Umuvyeyi w'intara ya Kirundo. Umwubahwa Buramatari Albert yamenyesheje ko muri rusangi umutekano wifashe neza. Imigambi itatu mikuru mikuru yagarutsweko ko yofatwa nkank**a igashigikirwa aho twovuga
โœ”๏ธGuterera bimwe biboneka kugira abana bose bige bicaye neza mumashure,
โœ”๏ธGuteza imbere Kaminuza yitiriwe ibiyaga vyo mu Kirundo ยซIULKiยป,
โœ”๏ธGushigikira ibikorwa vyo kwubaka ikibuga kijambere c' intara c'i kiriko kirubakwa.
โœ๏ธUmushikiranganji yari yateye iteka ivyo birori, Ir Alain Tribert akaba n imvukira yakengurutse ico kiganiro na cane cane ko amahoro n'umutekano vyifashe neza. Iyo nama yatewe iteka kandi n Abashingamateka batowe mu ntara ya Kirundo, Abajejwe ibisata vy ubuzima bw intara n ama Komine bakorera mu ntara no hanze yayo.

Address

๐™‰๐™ฎ๐™–๐™ฃ๐™œ๐™š
Kirundo

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ๐—Ÿ๐—ฎ๐—ฐ๐˜€ ๐—ฑ๐˜‚ ๐—ก๐—ผ๐—ฟ๐—ฑ ๐— ๐—ฎ๐—ด๐—ฎ๐˜‡๐—ถ๐—ป๐—ฒ ๐—Ÿ๐—”๐—ก๐—ข๐—  posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share