19/05/2026
🥳🥳🖐️ yabaye umukinyi wa mbere mu mateka ya Bundesliga ashoboye kuba umukinyi atsinda ibitsindo vyinshi kurusha abandi muri buri season yiwe ya mbere itatu akina muri iyo championnat. 🔥
🥇 2023/2024 : ibitsindo 36
🥇 2024/2025 : ibitsindo 26
🥇 2025/2026 : ibitsindo 36 🆕
Yamaze gutsinda ibitsindo 98 no gutanga assists 21 mu nkino 94 gusa za Bundesliga. 🤯🧨