Biza

Biza Promoting Media

30/01/2026

😍🀩🀩🀩✍️

🀩🀩😍✍️
30/01/2026

🀩🀩😍✍️

13/08/2024

Un grand merci Γ  mes nouveaux followers ! Augustin Manirakiza, Nahimana Beatrice

10/08/2024

πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

πŸ€·πŸ½β€β™‚οΈ Kwoba ari ukwikekana canke boba babanje intambara y'amajambo β‰οΈπŸ€­Mbega ibi bintu biriko biba hagati ya   +257 na   ...
07/08/2024

πŸ€·πŸ½β€β™‚οΈ Kwoba ari ukwikekana canke boba babanje intambara y'amajambo ⁉️

🀭Mbega ibi bintu biriko biba hagati ya +257 na canke ni abandi bariko baravurwa?

πŸ€·πŸ½β€β™‚οΈMbega We Love Muzika yoba igomba ibe iciro ry'umugani ( isambuke ) canke vyararangiye ⁉️

"Kutavugana ni Isoko y'amazimwe

πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜­πŸŽ€πŸ”΄   😭 :  Nkuko mubibona YouTube Channel ya   yamaze Kuyikurwako n'abandi bantu bataramenyekana Ikaba Yamaze no gu...
06/08/2024

😭😭😭😭😭😭
πŸŽ€πŸ”΄ 😭 : Nkuko mubibona YouTube Channel ya yamaze Kuyikurwako n'abandi bantu bataramenyekana Ikaba Yamaze no guhindurwa Amazina.

Ndetse nindirimbo zimwe zimwe zikaba Zamaze gufutwa nkuko mubibona birateye
Agahinda cane πŸ€”

Management yiwe ikaba iriko ikora ibishoboka Vyose kugira ibintu bisubire muburyo vuba Cane bayigarukane.

😭😭😭😭😭😭πŸ₯Ή  : yaciye kuraba asanga ahahora amafaranga hari umunyota------------------πŸ’΅ Ku mutumba wa Kibaya 2, agacimbiri G...
06/08/2024

😭😭😭😭😭😭
πŸ₯Ή : yaciye kuraba asanga ahahora amafaranga hari umunyota
------------------
πŸ’΅ Ku mutumba wa Kibaya 2, agacimbiri Gitungura, zone Gahabura ya komine mu ntara ya Cibitoke, umudandaza w'ibiti yaregeranije amafaranga angana na 3.400.000 FBu buca aja kurangura, bukeye agiye kuraba yasanze yahiye, hari ku musi wa 4 Mukakaro 2024 , igihe c'isaha 6

πŸ”₯ Musitanteri w'iyo komine Bukinanyana ati: "Haradutse umuriro mu nzu, ntaco bokoye co kimwe n'ayo mafaranga. Nta wuzi icatumye uwo muriro waduka"

⛓️ Ubu uyo mudandaza ClΓ©ment Ntirandekura apfungiwe muri komisariya y'igiporisi ya komine Bukinanyana kuva ico cago gishika, akaba ariko arabazwa


None ino ntambara ya   na   +257 ko ibaye ndende   Moses nawe yagize ico abivuzeko ati Nimba ari DJ Fernando! Kwishurana...
06/08/2024

None ino ntambara ya na +257 ko ibaye ndende

Moses nawe yagize ico abivuzeko ati Nimba ari DJ Fernando! Kwishurana nirya vegeme yumukecuru ngo ni Nelly arigayisha.kandi ari hit! Stop respond the s**t

NellyNat Burundi Chimamanda ak mavodo nawene ashaka hit

none ntiwari kumuhanura nelly ritagiyemwo πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚

πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜‚Vyukuri uyu muhungu wacu ninde ariko atuma avuga aya majambo?ivyumuziki burya ntivyoba vyanse burundu??kubwawe m...
06/08/2024

πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜‚πŸ˜­πŸ˜­πŸ˜‚
Vyukuri uyu muhungu wacu

ninde ariko atuma avuga aya majambo?
ivyumuziki burya ntivyoba vyanse burundu??
kubwawe mwaya mazina yose yadondaguye ubona aririhe rimukwiriye??

BizaBiza

🚨 πŸ“Έ N'uko Umuririmvyikazi w'icamamare Rihanna yamanutse mu birori vya   vyabereye  mu gihugu ciwe c'amavukiro ca Barbade...
06/08/2024

🚨 πŸ“Έ N'uko Umuririmvyikazi w'icamamare Rihanna yamanutse mu birori vya vyabereye mu gihugu ciwe c'amavukiro ca Barbade ( Barbados ).

πŸšΆπŸΌβ€β™€οΈ Rihanna yaje muri ivyo birori kwifadikanya n'abanya barbados mu guhimbaza isabukuru y'imyaka 50 ico gihuhu kimaze gihimbaza uwo musi mukuru "Crop Over Festival".

πŸ’° Uwu munsi Rihanna Ku myaka 36 afise amafaranga angana 1,4Milliard USD.

Twese tuti
31/05/2024

Twese tuti

Address

Ngozi

Telephone

+25761218001

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Biza posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to Biza:

Share