Ãsmãn kïllër

Ãsmãn kïllër Contact information, map and directions, contact form, opening hours, services, ratings, photos, videos and announcements from Ãsmãn kïllër, Marketing Agency, Nyanza lac, Nyanza-Lac.

21/02/2026

Aho abandi kumunsi wa saint Valentin Banezerejwe n'amashugwe 🌹🤣 jewe nari nimereye uku👇👇😏🤣
Weekend nziza kuri mwese 🪂🪂
# suivi & partage & commentaire 🙏🙌

Yayayaa Umva camavinga wa Real Madrid ararivuze 😂🗣️Agize kuba Barcelone itsindwa na Athletico de Madrid canke Girona suk...
19/02/2026

Yayayaa Umva camavinga wa Real Madrid ararivuze 😂
🗣️Agize kuba Barcelone itsindwa na Athletico de Madrid canke Girona sukuvuga ngo ntabwo izi gukina 🙌
🗣️ Barcelone natwe twarayitsinze muri Laliga 🤞👋tuyibagira ibisiga 💪
🗣️Iyo Barcelone ifise abakinyi bakwiye numurwi wigitangaza natwe tudashobora gutsinda 😏 udutwara nyabahururu 🫣😂 Uyo ni camavinga muhungu wa Suzana no blag no panyanya 👊🙌
🌹🌹wipfuza kuronka ama Y'inkino n'izindi nkuru nyinshi zo kuruyu mubumbe gira ibi:
J'aime 🤙
suivi 🙌
Partage 🙏

🙌Iyo ukoze ineza uyisanga imbere 🤌🫵Nuko ivyudashaka ko bakugirira nawe ntukabigirire abandi 🥰Ncuti namwe ndabasavye mugi...
17/02/2026

🙌Iyo ukoze ineza uyisanga imbere 🤌
🫵Nuko ivyudashaka ko bakugirira nawe ntukabigirire abandi
🥰Ncuti namwe ndabasavye mugire suivi na partage kuri iyi page yanje muraba mukoze 🙌

13/02/2026

Amakuru mashasha ubu kuba fans ba Barça ngo ane meza na magori ya Athletico de Madrid 😂😂😂 Ndumiweee 🤣🤣

Address

Nyanza Lac
Nyanza-Lac

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Ãsmãn kïllër posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share