22/06/2026
Vyoba no Muntara Zose Vyobarivyiza
βπInyama muri komine Ngozi zigiye kugurwa ku biciro bikwirikira ku kiro: umusoso w'inka 25.000fbu, cangacanga 18.000fbu, iburete 28.000fbu
β
βπ Nayo ikiro c'umusoso w'inyama y'ingurube ni 18.000fbu. Ivyo bikaba biri mw'itangazo rya musitanteri wa komine Ngozi ryo kuwa 19 Ruheshi 2026, inyuma y'inama yahuje igisata c'ubudandaji muri iyo komine hamwe n'abaserukira abandi mu badandaza b'inyama
β
ββοΈIyo ngingo ikaba itangura kuja mu ngiro kuri uyu wa 22 Ruheshi 2026
β
β # Uburundi β net
β