ISANGE.net

ISANGE.net ISANGE .net
Services:Sports Publicitaires Publireportage,Marketing, Documentaires,Genelique ,Emission Ect..

ISANGE MWITERAMBERE .ISANGE MUMPANO YAWE.no MUNKINO N'IMICO N'IMICOKAMA TEL:+257 72286863 et 69545985

Nigute Twokongera Gutsimbataza Akaranga Kimicokama Muburundi Ni Ivyahe Biriko Bitituka Bitagikorwa mbe ahohambere ba Sok...
21/07/2026

Nigute Twokongera Gutsimbataza Akaranga Kimicokama Muburundi
Ni Ivyahe Biriko Bitituka Bitagikorwa mbe ahohambere ba Sokuru Bari Batunzwe Niki?
of Culture

IMANIBIRIMWO
20/07/2026

IMANIBIRIMWO

19/07/2026

BIGUVU
Muyihereza Gute?

    BIRATAMBUKA
18/07/2026

BIRATAMBUKA

18/07/2026

MAMA BURUNDIImfashanyo igizwe n'ibitenge hamwe n'imatera niyo yatanzwe kuri ba ntaho nikora bo mu Kibimba n'umutambukany...
16/07/2026

MAMA BURUNDI
Imfashanyo igizwe n'ibitenge hamwe n'imatera niyo yatanzwe kuri ba ntaho nikora bo mu Kibimba n'umutambukanyi w'umukuru w'igihugu Angeline Ndayishimiye abicishije muri Fondation Bonne action - Umugiraneza . NET

Urugendo Rwiswe   Tugira Kabiri Muri Yantumbere yo Gutegura ya Soko Y'Imicokama M'Uburundiuyumusi Urugendo Ruratangura  ...
15/07/2026

Urugendo Rwiswe Tugira Kabiri Muri Yantumbere yo Gutegura ya Soko Y'Imicokama M'Uburundi
uyumusi Urugendo Ruratangura

Daniel Gélas NDABIRABE Umukuru w'Inama Shingaateka Yemye Kw'ihamganisha Abadandaza baherutse kubura Ivyabo Mw'isoko nkur...
12/07/2026

Daniel Gélas NDABIRABE Umukuru w'Inama Shingaateka Yemye Kw'ihamganisha Abadandaza baherutse kubura Ivyabo Mw'isoko nkuru Ya NGOZI

Pasteur   NKURUNZIZA
12/07/2026

Pasteur NKURUNZIZA

KWAKIRA UMUTAMBUKANYI W'UMUKURU W'IGIHUGU 🎊🇧🇮 Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye araganu...
12/07/2026

KWAKIRA UMUTAMBUKANYI W'UMUKURU W'IGIHUGU
🎊🇧🇮 Umutambukanyi w’Umukuru w’Igihugu c’Uburundi Angeline Ndayishimiye araganutse i Burundi inyuma yo guhabwa udushimwe tubiri

Muri iki gitondo co kuri uwu wa 12 Mukakaro 2026 niho Umutambukanyi w’Umukuru w'igihugu yashika ku kibuga c’indege Melchior Ndadaye, aganutse avuye muri Reta Zunze ubumwe za Amerika no mu Bwongereza kwakira udushimwe tubiri kubera ibikorwa vyiza vyo kwitangira amagara y'abantu abicishije mu kigo "Fondation Bonne Action Umugiraneza".

Abanegihugu batari bake bambaye umwambaro w’igitenge c’ishirahamwe bazindutse mu gaturuturu ku kibuga mpuzamakungu Melchior Ndadaye kumusanganira, abandi na bo bari batonze ku mabarabara kuva kuri ico kibuga c’indege, mu gisagara ca Bujumbura nko kuri , kuri , du Nord, kuri , kugira bakeze Umutambukanyi w’Umukuru w’igihugu kuri utwo dushimwe tw’iteka yahawe.

Abekenyezi baganiriye n’abamenyeshamakuru ba Radio na Tereviziyo vy’igihugu bamenyesheje ko ari iteka ku gihugu. Ngo ariteye abakenyezi kuko yerekanye ko abakenyezi bashoboye. Ngo igihugu koko kirashinze icumu mu mashinga. Bavuze ko ivyo biha abakenyezi inguvu zo gukora no guteza imbere igihugu n’imiryango yabo.

Address

Bujumbura
00000

Telephone

+25771551630

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when ISANGE.net posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Contact The Business

Send a message to ISANGE.net:

Shortcuts

Share