01/09/2026
✍️ Umugenzi wanje twiganye Kuri université Ngozi 🇧🇮 Yaguma abwira ngo heba ivyobintu vya Forex ngo Ni scam ngo ikurikiranira ivyirwa vyawe neza
Nanje ndamwihorera kubera Nari namaze guhitamwo
Muntango YA 2025 yabonye ntanguye kubaka inzu abona sigaye nisigaye utuvuta tukamfata , niho yanyegera arambaza ngo impa imitwe muhungu ngo jeho biranse ngira nomoke
Namwishuye ati aha nibimwe wambwira ngo heba nivyo nabandanije kandi urabona ko ndiko namura ! Yaciye Asaba ngo ndamwigishe nanje ati Karibu
Ikintu cambere namusavye namubwiye uti zana 100$ nkugurire application YA MT5 🤣🤣🤣🤣 aca araza 😂😂
So abantu baguciye intege ngo heba forex nibihenda bakaza ngo twigishe ntuze ubumvire impuhwe uze ubakanyuze 🤣🤣 nanje uwo naramukanyuje
❌ Iyinkuru ntimugire ntahave abibona 😅
Learn First Earn Money Later
Trading Guidance
⚫️ Join our tradingguidancechannel:https://whatsapp.com/channel/0029Vb5b4FfLCoXAqxZxiO1X