Mr John Odri

Mr John Odri Jesus is my shepherd🙏🙏

"Mindset"🧠😎

Hindura ivyiyumviro uhindure ubuzima.

Ncuti yanje ntucibwe intege nibihe bibi uriko uracamwo😥, ntuhave wibaza ko Imana yaguhevye canke ko Yakwibagiye🤔,  Iba i...
21/05/2025

Ncuti yanje ntucibwe intege nibihe bibi uriko uracamwo😥, ntuhave wibaza ko Imana yaguhevye canke ko Yakwibagiye🤔, Iba igomba kugukangura kugirango urushirizeho kwitahura no kumenya ico wahamagariwe kuba co💥.

🧏 Iyo uri mubihe bigoye niyo mahirwe uba uronse yo kugaragaza ico ushoboye. 💪

20/01/2025

🧏

26/12/2024

À mediter et Echanger🧏🧠📖

04/08/2024

Wisdom of life🥰💪

08/03/2024

Ejo haheze hantera gushima🙏

▪️ Ivy`uyu munsi bintera gusenga🤲🙌
🔹
▪️Amashimwe nfise andemera icizere c`ejo hazoza 💪

29/02/2024

✍️Iyo umara umwanya wawe munini uhangayitse, bituma ukoresha ivyiyumviro vyawe ku bintu udashaka.🧠

04/01/2024

Be hungry for a better life💪✌️

02/12/2023

✍️Kungirango ubeho unezerewe mibuzima bigusaba kwakira ikije nokurekura ikigiye.

✍️Izere indoto zawe. "Ivyo vyiyumviro vyawe bikomeye bikizungurukamwo💪🧠" Kubera ko Hari igituma wabihawe👌👌🔴 Kuberiki ata...
19/11/2023

✍️Izere indoto zawe. "Ivyo vyiyumviro vyawe bikomeye bikizungurukamwo💪🧠" Kubera ko Hari igituma wabihawe👌👌

🔴 Kuberiki atawundi muntu yiyumvira nkuko wiyumvira?

🔴 Kubera iki atawundi ameze nkuko umeze?

HARIHO IGITUMA IMANA YABIGUSHIZEMWO🙏!!

Naho ubona umengo birakurengeye cane vyizere nivyawe, waremwe kugirango ukore Ibikomeye🤔🤔.

Never give up 💪💪

Have an amazing day 👌👌

Follow the page🙏 "Mr John odri

🤔🤔🤔
25/10/2023

🤔🤔🤔

🔴 Ejo ni heza ntimukibebure Bagenzi😍 uko bukeye siko bwira kuko sitwe twiremye, Hari abaturuka buka bagataha bunyama💔Ari...
22/10/2023

🔴 Ejo ni heza ntimukibebure Bagenzi😍 uko bukeye siko bwira kuko sitwe twiremye, Hari abaturuka buka bagataha bunyama💔

Ariko iyo Imana Ikwibutse abantu baragutwengera🙏💥 Niko isi yabaye ntawugishima kuko Imitima yabaye amabuye.

🔴 Dukubite agatima mpembero tuve ibuzimu tuje Ibuntu twibuke kera uburyarya butaraza,

✍️ Twibuke no gushimira abaduhaye n'abatufashije, dushimire cane nabatwimye kuko baduhaye inguvu zo kwirondera💪

Follow the page

# Motivation #

Address

Lusaka

Telephone

+260975907322

Website

Alerts

Be the first to know and let us send you an email when Mr John Odri posts news and promotions. Your email address will not be used for any other purpose, and you can unsubscribe at any time.

Share